<<@josianenagito6072 says : No I AM NOT BURUNDI LADY OR WOMAN OR ANYTHING YOU KNOW. I HAVE BAGAZA PIERRE PRESIDENT IN BURUNDI . WHY LIES TO TORTURES MY CHILDREN???????>> <<@josianenagito6072 says : Kunyereza IMITUNGO na Habyalimana Juvenal President of Rwanda yaranyereje aha MOBUTU ALISHINDA ZAMANI UBUTAKA UMURENGE. BANYAMURENGE NI TRIBE NOT CONGO SAID . TRIBU TRIBES AND SOUS TRIBES !!!!!!! GATSATA . UMUSOZI GATSATA JALI BITANDUKAMYE HAJE IKI ? HABYALIMANA JUVENALI PRESIDENT OF RWANDA SAID NO TO KARONGI MAGITO NTIYAHAKANDAGIRA .!!!!!!! HUTU DRINK INIYELI TANZANIA BAFASHE IGIHUGU BATE MU BITUBA BYA ABANA. ????????????????????????????????????????????????? NGO BAGAZA PIERRE PRESIDENT YIZE I BUTARE UNIVERSITY ???????>> <<@josianenagito6072 says : Population niyo yubaka.>> <<@josianenagito6072 says : Only Taxes payment za Abaturage ni DEVELOPMENT. IKIJUJU CYANZE KO BUYOYA AHAMBWA I BURUNDI KUBERA IKI ???????>> <<@josianenagito6072 says : America no no no no no no NGUMA MULI TORTURES nte Gute ? No no no no no no no noNo no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no no>> <<@nijenahageraaugustin6401 says : ibiraba abarundi ntibagomba kubibwirwa nabanyarwanda ahubwo abanyarwanda nta ndero mufise kuko mumibereho yibihugu vyose dufise zambia tanzani congo uganda kenya malawi soudan eka n'ahandi ntiturumva ababanyi babi nk'urwanda iminsi yose bahandwa kururimi nibitabaraba aho kuraba ivyabo mugihugu bahanga ivyo uburundi kandi ivyabo arivyo bibaremereye kurusha ivyahandi, ariko kubera kagame yababoshe iminwa yabo kutavuga bahita baza kuvuga ibitabaraba barenze amasezerano mpuzamakungu yumwenegihugu cahandi kutavogera politike yikindi gihugu.>> <<@nijenahageraaugustin6401 says : kuki abanyarwanda aho guhandwa nibibareba vyiwanyu kagame abagendera kwisose akandagira abanyarwanda bose atamunyarwanda yishimye numwe murwanda muri ikomama mashi gusa kugira muramuke murazwa ishinga no kwinjirira imibereho yikindi gihugu. ivyo bihanwa namategeko bitebe bitebuke ivyobintu mukora muzobiryozwa. kuko abarundi dufise indero nta mupaka wigihugu tuvogera haba murwano canke mumvugo. mwiyubahe abanyarwanda ese kuki mudafise indero? mutagira ico mwubaha mumeze nkabasazi canke insazi mutazi imbibe ico mukora naho mukora nico murico.>> <<@clementinemahoro1437 says : Mujye muvuga ibyo mugihugu murimo u BURUNDI mubuhe amahoro sha!!! Mukomeze musambire aho muri Perezida Ndayishimiye mumuhe amahoro arahumeka neza ni muzima ayobore igihugu neza!! Mureke guta ibitabapfu k'UBURUNDI!>> <<@lilyisaro9586 says : Very good debate, and good analysis guys.>> <<@motherofthegreatlakes6297 says : Umuturage arahowe, yaba Neva canke Bunyoni chanke Ndakugarika. President yabariye abarundi bashonje ngo barye inswa, barye imisiba; Bunyoni nawe ati mumenyere ko ata bitoro bihari; ngo “uwuvunitse yiga gucumbagira”. None ubona umu nyahihugu yigorewe iyo mikino y’a politique hagati yabo Hari ico bimufashije?>> <<@motherofthegreatlakes6297 says : Abarundi batari muri politique bavuga ko “Ababirya n’ababisangiye”. Abandi bati ni mucezo wa ndani. Babizinanyemwo.>> <<@ideashop_tv says : Ubundi ibi nibyo bita kwivuna umwanzi. Bunyoni yari akwiye kweguzwa>> <<@agacirotvburundi7403 says : Mbe harya politique y'u Rwanda irabaraje ishinga?Mworara muhunze wlhi>> <<@danielnsabimana7458 says : Ndabona bitazoroha Muri politiki😂>> <<@sunduma-official8069 says : Bunyoni natwe kukijanye nigiturire tukimuziho>> <<@sunduma-official8069 says : Uwo niwo bita NEVA🇧🇮🙏>>
VideoPro
>>