<<@felickabura6328
says :
Rwanda ubahwa kuba waratwakiriye impunzi !
>>
<<@felickabura6328
says :
Mbe gogo ko Bari Bazin ko bagiye kuraba abarundi babashiriye iki?nimba ataco babashiriye ryoba ari isoni.mbega gogo urwanda rwababwiye ko abahunze ari umuzigo lu Rwanda.
>>
<<@gentilgedeon4260
says :
Abarundi ni abavandimwe bacu dukwiye kubana neza kuko duhuje byinshi... Ibitera ibikorwa bitari byiza byirindwe kuko ataribyo bihe twamaze kwinjiramo. Tubifurije amahoro, imvura n'uburumbuke mugihugu hose.
>>
<<@kalalatech3491
says :
Rwose tubane neza ,ubuzima bugaruk
>>
<<@mechacksibomana2364
says :
😴
>>
<<@Hi5392
says :
Ntabutungane ntamahoro… ni bahane imbonerakure n’abazitumye kwica. Niho tuzovuga ko hari icahindutse mu Burundi!!
>>
<<@Uranga9128
says :
Oya rwose nanje ubu ndabishyigikiye. Gen. Ndayishimiye n'umugabo w'ipfura rwose azaba amahoro n'ibitahire. Wamugome bita Bunyoni niwe wari uteye ubwoba yakoreshaga imbonerakure kwica abatutsi abaziza icyo baricyo.
>>
<<@cppabantous4217
says :
Nimutahe kubaka igigu canyu ntanzu iriko irasha I Burundi nimba ataco mwiyagira ntabuzima bwokurya utwo utamitswe na UN
>>
<<@alphadee9021
says :
Ntimuzabicye basha.
>>
<<@mauricebizimana4925
says :
Amahigwe yokwizera CNDD aracari20%
>>
<<@hategekimanamariespeciose5701
says :
Ahorero twikundanire nakare turi bamwe ndishimye cane
>>
<<@juvenalndayishimiye4662
says :
Nimuze ariko hariho akagihaze kuko mbona abantu baguma banyuruzwa atawuzi uwubanyuruza.ikindi kigihaze Ni uko mu Burundi hakiriho ubusumbane abanyagihugu ntibafatwa kumwe.ubutungane ntibwigenga,ntibwizewe na bose
>>
<<@ignatianakagi9052
says :
Very Good. Nta muntu waremewe kuba impunzi abo banganya uburenganzira barindiwe mu gihugu. Bravo barundi b'umutima
>>
NEXT VIDEO
>>