<<@provi5068
says :
Hallelujah ๐ ๐
>>
<<@2holyboysofficial773
says :
Good ๐๐๐๐๐๐
>>
<<@aliceakmaakimana9408
says :
Nkunragije Imana nubuntu bwayo mbonyi kuko utekeye ubuzima. Urinkigiti catew hafi yimigezi
>>
<<@irambonaangemarie4147
says :
Niyagaruk azoze adasab amahera meshi kuk twese twipfuz kujayo ariko ubutumw bwiw bwumviriz aba VIP gusa abasanzw nabo??????
>>
<<@mpawenimanaaline6576
says :
Nimwirambire
>>
<<@nahayodivine6400
says :
Hama abari kwivugira ayabo mucompara uyu nuriya harico mutaramenya knd ntibikenewe ko umuntu yemerwa na bose kuko ntiyoheza ngo amenye ahari intege nke ziwe Mbonyi go a head.
>>
<<@allannizeyimana4494
says :
wakoze cyane isreal mbonyi
>>
<<@nahayodivine6400
says :
Hashimwe Imana yo iteturura abayo .Mbonyi ntuze ugire ubwoba guca bugufi vyonyene nivyo bizogukuza nubundi ugasubira gukura
>>
<<@allannizeyimana4494
says :
wawoooo thanks I sreal Mbonyi for making our new year best regards from Uganda
>>
<<@roddyfawaz6
says :
๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ท๐ผ๐ท๐ผโ๏ธ๐
>>
<<@2holyboysofficial773
says :
Mbonyicyambu
>>
<<@2holyboysofficial773
says :
Mbonicyambu turagukunda
>>
<<@GashakaCedric
says :
Ariko n ibiterama vyararirimba ivyisii bigenda neza ;vyobuzwa Niki kugendaneza kuvy guhimbaza Imana
>>
<<@jojo2992
says :
Hahiriwe umubyeyi wabye uyumusore๐
>>
<<@esperancensabimana8107
says :
Amen Amen
>>
<<@yvettendorimana8310
says :
Imana Ibandanye iducungira Impande zooose We love you
>>
<<@ghffcfggffg6083
says :
๐๐๐๐ป๐๐ป๐๐ป
>>
<<@semutovalentin4469
says :
โคโคโค
>>
<<@rukundoalainkelly5168
says :
Abarundi bararyoherw kwl viip 500$๐
>>
<<@salima7729
says :
Kigingi hejuru can๐ฅฐ๐ฅฐ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ
>>
<<@emelynenzitonda7978
says :
Kabisa Mbonyi numukozi w'Imana Iyamuhamagaye Ikomeze kumukoresha ibirenze ,ariko vraiment aba babiteguye ntabwo biyumviiye kubantu bato kuko Israรซl akundwa nabantu benshi caneee ,iyo habaye concert nukuza bararaba kuri cรดtรฉ zose.nirenganira
>>
<<@ndizeyechantal6979
says :
Abobakoti nibande ๐๐๐
>>
<<@mwizaleila8563
says :
Waooow thank you for coming ๐ง๐ฎ we love you โค๏ธโค๏ธโค๏ธ and God protect you ever and ever
>>
<<@sandraoselin
says :
Groupe nyenyerii ๐๐hejuru cane ukunt mwatamba niyind Vibe
>>
<<@philbertnimubona6487
says :
Mboneyeho gushimira cane James na Daniella ku guca bugufi kwabo. You are a great Blessing for many.๐
>>
<<@philbertnimubona6487
says :
Mr Arena ; uriko urava muri ministrie, uja muri industrie. Uhebe kuba ''Icyambu'' ube ''Ikidandazwa''. Wagize neza kuza i Bujumbura. Ark hariho benshi bashaka kwumva ubutumwa uzanye, batari VIP mu mufuka wabo.
>>
<<@eliphasenitanga4982
says :
Amen
>>
<<@elianedushime2580
says :
We love you Mbonyi,may God protect uuuu forever and ever๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ
>>
<<@inesirankunda3815
says :
Vrt yarons abantu sinarinz k.hoza abangana uko bivany namahera bar bashizeko mu kwinjira Mbonyi uraft igikundiro
>>
<<@isaacvyihoze9029
says :
Israรซl Mbonyi wafautuezerey can kani nejo le01.12.2022 turakwitezemwo gukoreshwa n'Imana
>>
<<@murekatetemarierose1516
says :
Courage mwana wacu happy new year ๐
>>
<<@dannyciza5139
says :
Icubahiro c' Imana yamushikanye mugihugu cacu amahoro
>>
<<@belyseirankunda5391
says :
Amanaaaaaa๐๐
>>
<<@floflokanya3512
says :
VIP show! Nakubise abaso kuri stade intwaro ndagagarara๐คท
>>
<<@kazesine8840
says :
Mbanye Kigingi ๐๐ โ๏ธโ๏ธlove from from๐ท๐ผ๐ท๐ผ
>>
<<@floflokanya3512
says :
Emmy thank you so much for this video! U the best ma brother
>>
<<@lisaalllisa5326
says :
Ababonye kiging yinyiy muri mpwemu mump like
>>
<<@kazesine8840
says :
Nkunda ukuntu aba Rundi baryoherwa love from๐ท๐ผ๐ท๐ผ harakabaho aba ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎโ๏ธโ๏ธโ๏ธโ๏ธ
>>
<<@sameerasamee4564
says :
Amahera yamarundi arazimvye pe aho iyaba kwinjira hari kuri cumi abantu ntibaronka naho baja none nahomvye ntaronse iryotike
>>
<<@joselyneniyibimpa2613
says :
Uwomuntu avuza drum mumundamukirize arazi kuvuza nezaaa felicitation
>>
<<@Mugishaviolette
says :
Mbonyi yubahwe vrement. ๐๐๐๐๐คธ๐คธ.
>>
<<@Mugishaviolette
says :
๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐ช๐ช
>>
<<@Mugishaviolette
says :
Amenaaaaaaa๐โโ๏ธ๐โโ๏ธ๐โโ๏ธ๐คธ๐คธ๐คธ๐๐๐๐๐๐บ๐ธ๐ง๐ฎ
>>
<<@nduwimanachristian6638
says :
Wawooooo vyiza cane mukunzi โค๏ธ wacu ikaze iwacu IBurundi Imana ikomez ikwagurira imbibe
>>
<<@mukamanajeannenurse6054
says :
Mungu Asifiwe
>>
<<@uwizeyimanasarah1043
says :
Dusubije lmana lCubahiro kubwawe mukozi w'lmana
>>
<<@uwizeyimanasarah1043
says :
Imana ishimwe cyane
>>
<<@kevinuwimana5898
says :
Israel Mbonyi azogaruke iBurundi hatari ibiteramo vyinshi...
>>
<<@eliasbizimana4403
says :
Imana Ikorane nawe ,tunezerewe kukwakira iwacu
>>
<<@kayinamurajoseph9032
says :
Uyu Musore Imana yaramuhaye! Bless you Man of God
>>
NEXT VIDEO
>>