<<@franckkubwayo208 says : ๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚Fizzo yaฤฅiye๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚>> <<@manumunemanumune-uj6jq says : Ndagukunda kuuubi big fizzo iyo nvuka sindakubone kwinsi ninsi ntiyobaye iryoshe kukuronka kwisi n umugisha mda twika kubwawe>> <<@ElieNiyokwizigirwa-k1j says : Nkund music Live>> <<@ericjohnson315 says : Nibaza ko yaririnvye yanyoye twishi aca arirekura cane. Typical open mic karaoke. Uwiteze vyishi kuri we yarabaye disappointed>> <<@jaypablo says : Full package the legend all the way from Bdi๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ in kgl Rwanda๐ŸŽ‰ 12:56>> <<@titieloge says : Burundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ>> <<@ezechielNdayishimiye-lv2dj says : King>> <<@bosconiyonkuru6151 says : mwadufatiye nabi umu Legend turiko turatohoza abari bamutumiye babigiz natwe tuzobasubiriza mu nkoko>> <<@donbrunodushime1069 says : Lรฉgende โค๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎโœ…>> <<@mugabejafary8661 says : Nkunda indirimbo zawe gusa ibyo wakoze ntabwo ari professional none ko bakurihiye flight kugira uce kuri airport habeho interview nibinyamakuru abagutumiye baprofite publicite babone uko bahamagara aba fans bawe, ubu naho wiciriye mukirundi ntanumwe wamenye kowaje. Urumva bakumva gute? Ko ahubwo usarisha? Wiyiciye akazi. None urajya kuririmba mukabari๐Ÿ˜ข>> <<@innocentgashwabi2574 says : MMP hejuru cane kbs urazi umuziki vrt ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ>> <<@tonyininahazwe6062 says : Big Fizzo prd for you๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ>> <<@Jeandedieuakimana-f8k says : None ntimwatahuye legend yubahwe gusa tuhakure isomo>> <<@iranzipiello6995 says : Ariko ngagari yari yatayemo akantu ๐Ÿฅบ๐Ÿฅบ๐Ÿฅบ๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚>> <<@iranzipiello6995 says : Egoko baragusuzuguye wallah ๐Ÿ˜ฒ๐Ÿ˜ฒ๐Ÿ˜ฒ๐Ÿ˜ฒ๐Ÿ˜ฒ๐Ÿ˜ฒ๐Ÿค”๐Ÿค”๐Ÿค”๐Ÿค”๐Ÿค”๐Ÿค”๐Ÿค”๐Ÿค”๐Ÿค”๐Ÿค”๐Ÿค”๐Ÿค”>> <<@jeromeitangishaka2195 says : Igihugu gitunze abanyempano nkee cane muvyumuziki kiradusuzuguriye umunyempano zumurengera wacu๐Ÿ˜ข๐Ÿ˜ข๐Ÿ˜ข>> <<@257eddyofficial6 says : Big fizzo tellement fort ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡ https://www.youtube.com/watch?v=sIQv9kfyv9I>> <<@irankundaferdinand6567 says : Legendary mugani desire>> <<@nindemeshabourhan says : big fizzo ngangari burundi heshim yako muzeh>> <<@GahiziAnatole says : Big Fizzo bad than Them๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ>> <<@jeanvillardkwibuka4502 says : Legend MMP๐Ÿ‘‘๐ŸŒŸ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ>> <<@bukururamadhan2442 says : Kabucungu ndurwe hejuru caaane ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ>> <<@chadryarcel says : ๐Ÿ‘๐Ÿ‘๐Ÿ‘๐Ÿ‘๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ™Œ>> <<@chadryarcel says : ๐Ÿ‘๐Ÿ‘๐Ÿ‘๐Ÿ‘๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ™Œ>> <<@alexikagoma5135 says : Big fizzo arazi umuziki kweli ariko abanyarwanda baradufatiye umu Big artist nabi>> <<@Armelsinarinzi says : Legende ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ>> <<@utamudeclozzy3140 says : โคโคโคโค turakwemera bro>> <<@vyizigirofiston6783 says : Ibintu abarundi bibah ivyirw murumv mukur uburofa>> <<@alexikagoma5135 says : Big fizzo turamwemera yavuze ukuri>> <<@Hi5392 says : 19:57 ๐Ÿค”aka nakababaro canke yaborewe??>> <<@elissankorerimana1626 says : Ibibintu nasura bifite mushyizeho pe>> <<@martea3712 says : โคโคโคโคโค๐ŸŽ‰๐ŸŽ‰๐ŸŽ‰๐ŸŽ‰>> <<@kevinhotuyisabe4848 says : Desideratus ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ the bantubwoy>>
VideoPro
>>