<<@Nizeyimanajeanclaude-mf1gp says : Never give up bro amakuru urayakora fresh pe hejuru cyaneee>> <<@Umulisa44 says : ๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚! None umusirikare wo muri Eden bamuvuja amadorars? Niakamaramaza๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚>> <<@IrambonaImmaculee says : Mubura Kugaanira kubutegetsi BWA poul kagame wanyu mukajabuka rusizi mukaja muburundi bandanye mwibuka abanyu bishwe nubwo butegetsi bubi bwanyu nimwaheza muzoje kururondeza abanyu mwasutse muri M23 ndabona arivyo vyanyu ๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚>> <<@nzigiyimanaemmanuel7776 says : urasobanutse urasesengura nkumuhanga uwakigaha ukakiyobora kbsa>> <<@NduwimanaSelemani-ie5vk says : Mugiranire, urukundomwese, abarwanda, nabarundi murakozecane turibamwe.>> <<@VioletteManirakiza-jf2rk says : Twirindiriye imana ivyuburundi vyo twarahevye๐Ÿ˜ข๐Ÿ˜ข๐Ÿ˜ข>> <<@ClaudeBunagana says : Erega iyuvuga utunga urutoke uwundi zine uba uzirebeshyako, ivangura rero ntawurisumbya kagame , ntawurisumbya abatutsi, ubuse Congo muri kwica impunzi sabatutsi Bari kwica impunzi>> <<@ClaudeBunagana says : Ntabufasha ndukeneye murwanda.>> <<@JosephSikogukira says : Uburundi nta mukuru w igihugu bugira. Reka amahanga yirwengere>> <<@carinemuhebuza4524 says : Abarundi ariko mubashakaho iki?>> <<@BeatriceUwimana-zo9dt says : Abatutsi muri babi cane mugomba kumara ababantu ubu nukubarya mukava kwikarata yisi murabe abantu mumaze kwica muri kongo ko mutabivuga kandi mwabasanze iwabo>> <<@cyprienhategekimana9839 says : ๐Ÿ˜Š๐Ÿ˜Š๐Ÿ˜Š๐Ÿ˜…๐Ÿ˜Š๐Ÿ˜Š๐Ÿ˜Š>> <<@cyprienhategekimana9839 says : ๐Ÿ˜Š๐Ÿ˜Š๐Ÿ˜Š๐Ÿ˜…>> <<@ndarishikijejeandedieu8860 says : Abari mumaki abira n'abari kwiba hakurya kandi babuca biruka bidatevye>> <<@Jmhakiza says : Kubona UBURUNDI bwugara umupaka vyarashavuje Paul KAGAME yenda kwiyahura ๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚>> <<@antsaeric says : Mwabibwamwe nimuzube>> <<@ClovisDusabe says : Avuz nez>> <<@carinekamugunga7590 says : Uyu munyamakuru azi kubaza neza ibibazo n'ubwenge. Nshimishijwe no kubona umurundi avuga ikirundi gusa!>> <<@bigshaq1177 says : Haha ariko rwose muri byendagusetsa. Muzi kubona agatotsi mw'ijisho ry'undi mwirengagije umugogo uri mu ryanyu. Uzi gukora inkuru nkiyi uyandikira muri gereza ya Kaga.....๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚>> <<@hakizimanasalvator18 says : Muragowe mwebwe mwigira Abanyarwanda kdi muri Abarundi.ariko Uwo mukorera ntimumuzi neza. Arabashuka>> <<@theoh.8932 says : Ndahayo we, banza wite ku by'iwanyu mu Rwanda . Rekana n'iby'i Burundi>> <<@IsidoreNgezahayo-h9h says : Tshisekedi imunyi wiwe azamuha ibombe bโ€™ubutaka muri DRC !>> <<@serugoburundi7044 says : Abatutsi na cane cane bo mu rwanda ntakindi mwovug1>> <<@VianneyMukamurakoze says : Nukur nkajew ndarushe cn>> <<@hangiroetincelle8167 says : Reverien usigaye uvuga ikinyarwanda>> <<@JeanPierreNzeyimana-xh2mh says : Babuze icupa bazoca baja kunywa urumogi.>> <<@makuzwecanisius5043 says : Yooo! Uwo mwana arasigura neza cane>> <<@eng.mamertnikobamye9881 says : Ukabona umugabo mugenzawe ababaye kwivya ntuzomuseke nawe ejo nawamenya.kuvuga burya ingorane zuwundi biroroha ,mutureke ningorane zacu.>> <<@AccruVertu says : Ubutegetsibwose bwabayeho muburundi kugeza none ubutegetsi bwandayishimiye nibwo bubi cyane kuko ndayishimiye niwe uzarimbura Burundi igihugu cuburundi>> <<@Dddma455 says : Ibintu ngaha biroroshe. Twarugaye. Reka tugumane. indagala. Imikeke imbuto. Amamesa. ikahwa. ichai. Etc... Twahora tubaha. Namwe mugumane. ipili pili (urusenda) (akabanga) kanyu mwahora mutuzanira. Nubundi twari tukifitiye.>> <<@buravan1512 says : *None mu RWANDA hari UBUKIRE? Ikimuga cyasetse urujyo.๐Ÿ˜‚* -Mureke kwivanga mu bibazo by'Abaturanyi.>> <<@moontv2959 says : Kuba infashanyo zatangwa zarahagaze Hanyuma igihugu kigaca gisubirinyuma,vyerekanako atacozarizimaze.Uburundi buriko buriyubaka,bwikurako ubukoroni>> <<@simbarakiyedamien7775 says : Mwebwe namba atabibazo mufise mwoshima IMANA aho gutwenga abandi sivyiza kuko ntimuzi ivyejo namwe mworira ababaye ubu bagatwenga.>> <<@motherofthegreatlakes6297 says : Nikuki muvuga ngo itsembarsemba ry'abatutsi ryabaye muRwanda ko vyibabera isomo. Mwirengagije ko abo ba Neva nyene bari bahungiye muRwanda muri za 1993 basize bakoze genocide? Mwirengagije ivyo bakoze muri 1972? Mwirengagine ko ba Neva bize muRwanda rwa Habyarimana? Abo ba polisi bavuze ngi " bobo bari bagerageje" abivuga yicyza igituma n'uBurundi batabishika ye aho muRwanda rwageze kuva muri za 1959!!! Uyo muyobozi ntawuhari muri ikigihe muri ubwo Burundi muvuga. Raba ivyo baja kwigisha hanze muri Drc: kwigisha gutemagura abaTutsi baba Congomani. Reverien urakoze, kumwe nuwo yagutumiye.>> <<@Dddma455 says : Nimugume murwanda hoho hameze neza twebge muburundi mutureke. Ariko icakora kuva twinjiye muri congo twarabishe mumitwe. ๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚ inkona ntiyaruzwa๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚>> <<@Dddma455 says : Muburundi turisawa mwebge nimugume mubuhungiro kandi mugume muri opposition.>> <<@Dddma455 says : Uburundi nubgabarundi bose. Subgandayishimiye. NuRwanda surwa Paul Kagame Nurwabanyarwanda hindura tile muri ibijuju. Ubgo nubuswa.>> <<@Dddma455 says : Umunyamakuru Koffi yaburiwe irengero dushakire umurambo wiwe basi tuwushingure. Ruriye Koffi na kizito numusizi bahati. Namwe rutabibagiye๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚>> <<@claudemutore7904 says : ๐Ÿ˜ฎ๐Ÿ˜ฎ๐Ÿ˜ข๐Ÿ˜ข๐Ÿ˜ขโœŠ>> <<@Johnbyiringiro1 says : Ivyo muriko muravuga vyose ni propagande yokwerekana ko indongozi z'igihugu c'Uburundi zidashoboye canke zitabereye. Ntaco Urwanda rwokwigisha Uburundi, haba ku ntwaro ibereye, Uburundi bufise amoko yose muri ntwaro z'igihugu, ikimenyamenya icegera cambere c'umukuru w'igihugu n'umututsi, nizindi ntwaro zirimwo amoko yose. Nta burongozi Abarundi bokwigira mu Rwanda kuko Urwanda rwaubatswe s'urwabose abarongoye abandi ni abatutsi mu nzego zose. Igisirikare, inkino, imboneshakure, ibintu vyose ubwoko buza isi yose ibona n'ubwabatutsi mugihe abatutsi ari 14% gushika ino munsi mu Rwanda, ikibazo umuntu yokwibaza niki: abahutu b'abanyagrwanda 84% bari hehe ko bataboneka? Politique y'amoko niyo Urwanda rumaze imyaka rukoresha muguhonya inganda mu nkambi zitandukanye muri Kongo, imiroyi 6 canke zirenga z'abishwe n'Urwanda. Abagerageje gutembagaza ubutegetsi mu Burundi mu 2015 bahungiye mu Rwanda kandi n'ubu Urwanda ntirurabasubiza, umwansi w'Uburundi yategerezwa kuba umwansi w'Urwanda ariko Urwanda rwahaye indaro mbere ruhisha abansi b'Uburundi. Urwanda rwateye imbere kubw'ubutare biba muri Kongo kandi ivyo President Paul Kagame yariyemereye yuko ubutare buca mu Rwanda buja m bindi bihugu, nimba buca mu Rwanda birumvikanako hariho ubutare busigaraho kuko ntiwokorana n'uwusahura umubanyi wawe hama ntimusangire. Igihugu c'Urwanda cakoreshje propagande ya genocide kugira communaute internationale ibahe imfashanyo, ibihugu vyinshi vyarahaye imfashanyo Urwanda ushizemwo Netherlands. Genocide ya 1994 ni propagande kuko ntihapfuye abatutsi gusa, hariho abahuru bafuye. Muri 1994, Urwanda rwari rufise population yababa imiriyoni 8, ufashe 14% z'abatutsi, ni ukuvugako abatutsi bari mu Rwanda muri 1994 badakwiye n'umuriyoni umwe, ko Urwanda ruvugako abahutu bishe abatutsi umuriyoni, bisobanurako ata mututsi yasigaye mu Rwanda kuko bose bari bafuye, abatutsi bari mu Rwanda ubu bavuye hehe? Ni gute RPF ya Kagame yashoboye gutembagaza ubutegetsi bw'abahutu muri 1994 ariko ikananirwa no guhagarika abo bahutu nyene kwica umuriyoni w'abatutsi? Ico bikoze Bazikamwe Reverien sinzi ico urico ariko ntavyiza wipfuriza Uburundi canke indongozi zabwo kuko ataciza na kimwe cerekeye Uburundi n'indogozi bwazo wigeze uvuga. Uburundi bwafatiwe ibihano na communaute internationale ariko ntibwigeze buhagarara, turazi yuko ibiriko biraba mu Burundi arivyabatovyi nkawe Bazikamwe Reverien badashaka ko Uburundi butera imbere. Nyakwigendera President petero nkurunziza yararekuriwe mandat ya 3 ufatiye kw'ibwirizwa nshingiro n'amasezerano y'iyarusha.>> <<@regisbayihaye4404 says : None umu journaliste yahunze avuye mu Burundi bananiwe Coup d'Etat mwashaka avuge gute??>> <<@CharlesBukuru-u2e says : None ndabaza urwanda rurarusha congo guterimbere canke murarusha tanzaniya guterimbere mwibaze igituma uburundi rutagaye umupaka watanzaniya canke wa congo hama bagashima kwugara uwurwanda kandi noho boyugara uwomupaka wurwanda ntabidandazwa uburundi bwacisha murwanda ndazi ko babicisha tanzaniya na congo none ayo majamboyose muvuga yabuburundi bucisha ibidandazwa bwavyo murwanda hoho mwavuga vyinshi ndabatwenze ahubwo rwanda Muracafise vyinshi vyogukora mutarageraho tembera urabibihugu biteyimbere ahumwanahembwa uwudafisakazi agahembwa umutamakazi agahembwa niho muzoca muza muvuge atitwarateyimbere muracafise politic yokuzanabimukira murwanda kugira muronkamahera yababeshaho none wumva mwanzik>> <<@ndagijimanainnocent8554 says : Burya hariho ikintu usnga abanyafrika tutaratahura neza. Abakoloni baraje baraducamwo ibice.twisanga uko tumeze ubu.ariko mbona ababanyi bacu mwiyemera cane. ntabantu bize mufise kuburyo bwoko prรฉsidรฉnt agira umuhanuzi wumunyamerika?natabantu bari kuja murico kibanza babanyarwanda akaba aribo batwara igihugu hako mugiha abanyamahanga? Sรฉkou Tourรฉ ati nous prรฉfรฉrons vivre la pauvretรฉ que la richesse dans l'esclavage. Basi ntakibazo nakimwe mufise muburyo mwumvise ivyumubanyi wanyu mwovyina gose?things fall apart chinua Achebe>> <<@pommenuh5413 says : None mwebwe nkabanyagwanda mubabajwe Niki kandi muvuga ko mufite ubuyobozi bwiza?>> <<@Fachibeton says : muri ubugoryi bibiri byahuye mwebwe igihe kucyi mutatubwira ibya kagame ๐Ÿ˜‚ umwicanyi ruharwa>> <<@Slime-s5p says : Wavuze igitoro nizoga nisukari gusa!! Kutavuze amazi namashanyarazi yabuze aboneka rimwe ku ndwi benshi muma quartier !! I dollar yo yokuja kurangura kuyabona numuti nibibazo kabisa ๐Ÿคฆ๐Ÿฝโ€โ™‚๏ธ๐Ÿคฆ๐Ÿฝโ€โ™‚๏ธ๐Ÿคฆ๐Ÿฝโ€โ™‚๏ธ>> <<@bazamugangaofficial says : Nyuma yo kureba iki kiganiro uburundi mbunaye imbabazi kubintu bibiri 1)sinumvaga impamvu bafunzeimipaka , nukwanga ko abarundi bashirira mu rwanda ahunga ibyo bibazo abayobozi bagasigarana ikimwaro . 2)sinumvaga impamvu bohereje abasirikale muri Congo kujya gutera inkunga ubwicanyi none menye ko arinugushakayo udufaranga ngo barebe uko bakwirwanaho nubwo Bari kudushaka mu nzira mbi.>> <<@Slime-s5p says : U Burundi tugeze muri 0 en faillitte totale ubwaje ngaha muri comments buzi ukuri kwataco mwabeshe nuko ari imbonerakure bakorofye mumutwe ngi barwanira ubwoko ๐Ÿ˜‚>> <<@Sangano_Igor says : U Rwanda rwa sobuja Kagame inzara ibageze he?>> <<@kwitondaalphonse4892 says : Jyutumbira ibyiwacu msz ureke igihugu cyabandi , kuko ntabwo ariho muri>>
VideoPro
>>