<<@motherofthegreatlakes6297
says :
Murakoze kwibutsa uBubiligi ko ingorane zose ziri hano mukarere aribo babiteye. Turabizi n'abo barabizi. Bafise amateka yose yiyintara. Jewe hari umubiligi yabinganirije. Aremeza ko Belgique yubatswe nimitimgo bakuye muri ako karere.Tous les coffees de l' Etatzari zuzujwe nivyo bagahuye. Igituma banka abatutsi nuko 1-abami bacu bari bazi ubwenge burenza abobazungu. 2-Mubihe vya independence, Rwanda-Urundi rwankiye uBubiligi kubegeka Kuri Congo basana independence Kuri buri igihugu. Ababiligi baravyemera kuko twabitwariye imbere ya l'ONU. Nubundi Belgique yaColonije Rwanda- Burundi bitemewe. Twari Protectorats. Belgique ibwirizwa kwemera independence yivyo bihugu bibiri. 3-Umwami wuRwanda na Prince waBurundi bararahira ko na CONGO ibwirizwa kuronka Independence. Bafasha Patrice Lumumba. Congo ubona Independence. Abo bakuru nivyo bihugu uko ari batatu, bose baciye bicwa. Nubu ntarubanza rwaciriwe ababishe Kandi barazwi. Belgique ntabwo izigera ikora ikintu co kugarura Amahoro mukarere. Ahubwo twari dukwiye kwitwarira Belgique muri la Haye ,
>>
<<@PélagieNZEYIMANA-d5f
says :
Urumunyamacakubiri Ntawogukurako igisubizo Urabanza wihuguze
>>
<<@fredericnzeyimana526
says :
Uyo musesenguzi asigura ko Genocide y’abatutsi yateguwe N’aba Biligi Nta wo azi neza Anthropologie y’ Urwanda. Mu Rwanda ( nka ba Paul Kagame-umuryango w’abega na Madame wiwe Jeannette Kagame- umuryango w’abacyaba) ni ABAHIMA ( Empire Hima) . Co kimwe na Micheli Micombero, Prezida wambere wo Burundi, umuhima, w’umucyaba, yafashe ubutegetsi mu Burundi (1966) akoresheje Genocide ku baTutsi ( monarchie) n’abahutu!
>>
<<@NakureJuliette
says :
Urwanda n' igihugu gifite ubwigenge Ntawadutera ubwoba
>>
<<@MurekeziAugust
says :
Bamwishe 25/07/1959 ntabwo ari mu kwa 8.
>>
<<@intareishajeishaje-1055
says :
Ko mutavuga ko kugira ngo revolution 59 ibeho, habanje ingabo z'umwami zicaga abahutu bose bakomeye, secyugu Mukwiye polepole...
>>
<<@vedastendayambaje4715
says :
Kugirango ikibazo cy'amacakubiri n'intambara z'urudaca muri aka karere bicike birasaba 1. Kubanza kumva kumwe ikibazo cyatewe nayo biturutse ku babirigi 2.kuregera hamwe ububirigi no gusaba indishyi z'ingaruka bateje 3.kubaka leta imwe muri aka karere no gukora intara zigenga Ariko zihuriye muri leta imwe 4.kwita ku burere mbonera gihugu muri aka karere
>>
<<@kamanzijohn2468
says :
NTA GENOCIDE YAKOREWE ABATUTSI YARI KUBA MU 🇷🇼 IYO ABABIRIGI BATAZANA URWANGANO RW'IWABO MU RWANDA 🇷🇼 NO MU KARERE K'IBIYAGA BIGARI BAKORESHEJE BA BISHOPU MURI GATURIKA BARIMO Mgr Classe na Mgr Pelode Bishe abami b'u RWANDA.
>>
<<@kamanzijohn2468
says :
ABANYARWANDA BAKWIYE KUBA ARIRWO RUREGA UBUBIRIGI MU RUKIKO MPUZAMAHANGA URUHARE MU MACAKUBIRI N'UBWICANYI MU KARERE HARIMO GENOCIDE YAKOREWE TUTSI MU RWANDA NO MURI CONGO [ZAÏRE].😮
>>
NEXT VIDEO
>>