<<@jeanchrysostomenkejabahizi9384
says :
Twiyamye abantu bose bashaka guhahamura abaturage, bakorera ba Rusahuriramunduru bacuruza imiti n'inkingo. Ngo barashaka ko Abanyafurika bagabanuka, bakanahindura abantu ibikoresho byabo. Urugero rwa Covid rwahumuye amaso benshi. Niba mushaka ''guma mu rugo'' no gutanga ku ngufu ibyo mwita ''inkingo'', turabiyamye !
>>
NEXT VIDEO
>>