<<@Kizihiza
says :
U Rwanda rwambaye Imana
>>
<<@irivuzimanaproject
says :
Umva uwo mu pastor wowe wiyita umu chrstu
>>
<<@NgaboAldo-w8j
says :
Anglican church bararimba ukagirango ni Gatholic
>>
<<@marcienrusuriye4282
says :
Nateze amatwi ijambo rya President Kagame yashikirije, muvyukuri nanje nashimye cane ijambo yashikirije cane cane kuba Kristo mubisanzwe hari bimwe tudahurizako kubijanye namahoro ningene amahoro yo garuka mukarere kacu . ariko muri rusangi koko numugabo wabagabo yavuze ukuri nanje nunva nomushigikira mubijanye nimyifato ya kimuntu no gukebura abavyeyi kurera neza abana babo nkuko Imana yadutegetse , sivyaleta gusa canke aboayobozi bamadini, ninshingano zumuvyeyi wese yemera Imana
>>
<<@IngabireSandrine-y8v
says :
Nice
>>
<<@NayigizikiJimmy
says :
Hallelujah
>>
<<@MusabyimanaFidele-qn8vg
says :
Oooh ndabakurikiyeBakundacyane
>>
NEXT VIDEO
>>