<<@zigezweho154
says :
Abarundi umuco wogutukana nogupfobya siwo mwisubireho ntago bikwiyeko twaturana duhanganye mwige umuco wokwimakaza ubumwe
>>
<<@Musindi736
says :
Ariko izo manza ntizitangura urazi urwanda ibibibi bwakoreye Uburundi sha ahubwo ntasoni mugira
>>
<<@aimeecesaire6488
says :
Ufite ubwonko buroze bubosye uzarimbuka ๐ก Egera abaganga๐ฎ๐ฎ
>>
<<@DieudonneNdayikeza-g1k
says :
Uburundi mubukure mukanwa Aho umenga mwarataye umutwe
>>
<<@bizomenyimanaelias5455
says :
izimbwebwe zabanyarwanda twarazireze none zita
>>
<<@ehmedFtyu
says :
Uburundi bwananiwe kwica jeanette kagame na ba meddy naba kamariza baza kwica abari mu Rwanda intashima barabareze ubu hageze ko mwibagira inkinga na ma tax yacu yabareze mwa ntashima mwe ariko inyezi mwabayeho gute ubu murahaze mutanguye kwibona ko muri vyose??
>>
<<@ehmedFtyu
says :
๐๐๐๐๐ ahubwo uwakoroye indege mwebwe mudusumvya kuzikina uraza ubatware wewe ๐๐๐ ngo mukangisha inkiko harigihe uzobazwa amaraso y'abanyecongo ni indege wahanuye bitebe bitebuke bizoba kandi soon as poosible
>>
<<@jeromeitangishaka2195
says :
Je buriya abategetsi baranyobera๐ ubwo ntimwakwibuka genoside yakorewe abanyarwanda ariko๐ฎ buriya akarangamutima kabanyarwanda bamwe bamwe kameze kameze nkimigambi satani yama ategurira abana b'imana.
>>
<<@FabriceFrommurengeza
says :
Uburundi ๐ง๐ฎ mubukure muvya maca kubiri Uburundi turibamwe
>>
<<@NzayikoreraFidele-dk7fg
says :
Twibuke twiyubaka kd urubyiruko ntituzatatira igihango
>>
NEXT VIDEO
>>