<<@cloudbaragomwa9795
says :
Uyi nyenzi yumunyarwavu ntandero igira urashobora kuvuga umuntu atariso mwizina uzineza ari president wikindi gihugu?ntamubano nurwavu dukeneye guma iyo iwanyu mugumane iterambere muvuga
>>
<<@abdallahjuma7997
says :
Ndabaza kuki umutitsi yishe abahutu umunga nibisanzwe๐ข๐ข๐ข๐ข
>>
<<@RushakuAimable
says :
Turabiziko nyirabayazana Ari urwanda mwikundira intambara
>>
<<@BiamunguDedon
says :
ESEMWAGUMYE MUGAHUNAHUNA IWANYU MUKIZIRIKA UMUKANDA KOMUDASHAKAKUBANA NIBINDI BIHUGU๐ ๐ ๐ ๐ ๐ ๐
>>
<<@TheChris-j8j
says :
Ntg narinziko neva azi English
>>
<<@imvanotv106
says :
Ndayishimiye niwe mubi,Kisekedi niwe mubi,Kikwete niwe mubi,M7 niwe mubi,Nkurunziza niwe mubi,Abafaransa nibo babi,Ababiligi nibo babi,Abanyamerika ni babi! Aho guhora mutunga abandi agatoki mwababje mukisuzuma ra?
>>
<<@RUKWAVU
says :
Mwirirwa Congo guhiga Fdrl ngo mukingire Urwanda! Kuki mwunva ko Uburundi butagira amakenga y, igihugu gishigikira umwasi waco kumugaragaro! Kuki mwunva ko Urwanda ari Malayika muri kino kibazo?
>>
<<@NiroranyajeanJean
says :
vyamunaniye gutwara none yaciye adusamaza twebwe abarundi yibaza ngo turibijuju mzee
>>
<<@SeukPiri
says :
Kagame aragakubitwa ninkuba nibafunge bazofungere kagame atakiri kwisi i hate hate hate kagame killing machine ๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐
>>
<<@SeukPiri
says :
Mwavuze ko urwanda ruteye imbere ryivanyu natwe turye ivyacu mugumane nurwo ruzingo kagame yazingamitse umutekano wakarere
>>
<<@FabiAnel-s5y
says :
Yatutubikany๐๐๐
>>
<<@chrishima
says :
hello guys ntawonsigurira irijambo "watutubikanye"? so nne Red Tabara iri irwanda cnk congo si bari congo nibabaronderereyo naho abari mur rwanda ndibuka hari abo urwanda rwafatiye muri forรชt nyongwe urwanda rwarabatanze mu Burundi izuba riva mais ntituzi suite yabo ! abo bandi irindorera nibasabe HCR na UN nibo bajejwe impunzi none si Red Tabara iteye uburundi iciye mur Congo nawe azoca atera Rwanda aho kurwana niyo Red tabara ?
>>
<<@mirindibentv5589
says :
Mureke kubeshz
>>
<<@FabianNiyo
says :
Har abishwe ni nzara ngo ntibasumiye mu rwanda?urwanda ni ki?mwugururigwe mugume mwica abantu?gum iwanyu tugum iwacu
>>
<<@MercyJ-p6y
says :
Abanyarwanda mukumbuye indagara๐
>>
<<@NdaruzaniyeFrancoisXavier
says :
Urwenge Sha. None mwivyo uvuze vyose ubona ari ikihe gihuye na titre wanditse y'iyi nkuru? Au contraire, le contenu uvuze ko umubano atari mwiza entre le Rwanda et le Burundi, tandis que muri titre yinkuru werekanye ko imigenderanire ahubwo yiyongereye kuba myiza. Uburundi Turi igihugu ciza kidasomborotsa intambara mu karere. Ariko uwokwihenda akadutera twomwereka ico Ntare Rushatsi Cambarantama yaturaze. Uburundi bugona buri maso. Ikindi nuko abanyarwanda bo hasi bakunda Uburundi cane, kuko ubuzima iwacu burazimbutse, ibiryo ni vyinshi birazimbutse, ibinyobwa uko nyene. Kubona rero mwarasotoye Uburundi bukugara imipaka yo hasi, mwagiriye nabi abanyarwanda bahora baza gusumba i Burundi indagara, amamesa, umukeke, ivyamwa, imiceri,ifu, ibigori. ..... Ahubwo Paul Kagame nakure RDF muri Est ya RDC, Ingwano ihagarare, maze abarundi n'abanyarwanda bongere bagenderanire. Erega twugaye imipaka ntaco Uburundi butakaza, ahubwo abatakaza ni abanyarwanda bahora basumira ivyo barya i Burundi. Twebw tugenda n'indege nta kibazo, ariko abagenda n'imodoka barahahombera
>>
<<@flashlightstudio5399
says :
Ariko kandi urwanda ni nyirabayazane. Kuki urwanda rudashaka gutanga abo bantu bashaka gukora coup dโรฉtat? Mbe bobo ko iyo bashaka bakoze genocide bababaha kuko bo badatanga abaronderwa?
>>
<<@SimeonNdayifukamiye-o7x1r
says :
Sha nasanze gucudika na Kagame,Ari nko kugabulil ingwe,
>>
<<@AmzaSenga
says :
Muramubeshyera tuzi ukuri
>>
<<@KamiKelo-o6p8c
says :
Ndayishimiye arabeshya nta red tabara iba mu rwanda nimwe
>>
<<@NhimiyimanaEmmanuel
says :
Ese kuki abarundi mba mbona twabibasiye ubundi bite?๐๐
>>
<<@afrodishabimana
says :
๐๐๐aha
>>
<<@Joshua-1725
says :
Reka reka kubeshya abantu nta mubano uBurundi busahaka
>>
<<@irankundasolange4120
says :
Icyongereza cye kokitarenze
>>
<<@dj_clover257
says :
Vyerekana integenke mufise abanyarwanda๐ Nne murashaka iki koko๐ guma iwanyu tugeme iwacu๐ nigitoro mugomba muduhe ataco mufita๐ฎ
>>
<<@Agasobanuyegashya-q8q
says :
Abarundi Bo muri CNDD ni bafite imyumvire yinterahamwe, Bafite uburozi bubi
>>
<<@jeanbaptistembonigaba8064
says :
Mpayinka rero ! Yatutubitse!
>>
<<@BlackJackson-s9w
says :
Utazi umurundi amurunda munzu
>>
<<@hamadanzeyimana7488
says :
Reka nta mubano dukwiye kubantu bakoze genocide yakorewe abatutsi ubuyobozi bwu burundu bubifitemo uruhare
>>
<<@KigingiJeremie
says :
Ivyi Burundi muhiga kubimenya bikabahanga, ntabwo bivugirwa kuma social media, mwoshaka mworeka kwivanga muvyi Burundi, Funga mukanda
>>
<<@Uwananiranyewiburundi
says :
Ariko nimba mutegamiye muze muvuga ikibazo muhereye mumizi nkuko mubivuga apana propaganda ga , burimusi mwama muvugako mwubahiriza amategeko ariko mukamana nibibazo nabandi muhanye imipaka ,, rero mugabanye propaganda knd twe abarundi ntakibazo dufse
>>
<<@Musindi736
says :
ESE KO ABANYARWANDA ARIBO BAGUMA BASABA KO IMIPAKA YUGURURWA UBWO NTIVYABAKOZEKO CANE
>>
<<@johnnininahazweclaude
says :
Ntamubano dukeneye nurwanda, Uburundi bwugaye imipaka yabwo,none mufise ikibazo nyabaki kandi muri iwanyu??tekereza mubanze mwige kugiriranira imibano myiza nabandi, Mwe guma iwanyu kuko murazwi ko atamibano mufise
>>
<<@IT_Thecnician
says :
Hhh๐๐๐
>>
<<@Munyurangabodieudonne-x5g
says :
Ariko ndayishimiye mwamuretse ko ntacyo atumariye! Ahubwo iminsi niyo izamusubiza
>>
<<@PacifiqueMBONWANAYO-rk2uz
says :
Banyarwanda, UBURUNDI muje mubwitondera!! Ntimuzi ibanga ry'igihugu c'UBURUNDI. Ahubwo mukwiye kubaza Abarundi uko babigenza kugira babane neza n'ibindi bihugu. Ntabwo UBURUNDI buja busomborotsa ababanyi. Umubano mwiza niwo dushir'imbere, tugaharanira iteka n'itekane kuri bose.
>>
<<@itangishashakaphilbert7708
says :
Binryohera ukuntu mwama mubona ko abanyarwanda muri innocent ๐๐. Gus icomushoboye murazi gukora amakosa mukayashira kuwundi
>>
<<@denisemicomyiza161
says :
Akantu ko gututubikana atwibasira ๐๐๐
>>
<<@Happyndayikeza
says :
Nimutekane Uburundi ntibutera gusa burivuna!! Mutureke ninzara yacu ntaco bidutwaye!! We're not attacking but we defend ourselves!! We don't care about the critical economy you always talk about ๐๐ We're Burundians๐๐
>>
<<@erickndayikunda
says :
Ariko sinimbaz yuko uburundi budakeney urwanda kuko urwanda surwizerwa rwuzuranye ukumenyeran
>>
<<@FabdropDrozzy
says :
No mu Rwanda hari ubucyene kbsa ๐๐๐
>>
<<@jayavatar1577
says :
Umunyamakuru wakoze neza gutandukanya Ndayishimiye n'Abarundi kuko ivyo avuga sivyo Abarundi avuga ivyiwe na Leta yiwe itatowe n'Abarundi.
>>
<<@ezilandgenda
says :
ahubwo harubwo mbona mwaranasaze p!!!nonese mugumye uwanyu mukakaziba ,je mbona vyobafasha .Kandi bariya hakubana numubeshi wobana numurozi >>urwanda numubanyi mubi kubo baturanye booooose ibaze namwe ngo uburundi na Congo ?!!!uganda sera?!!tanzania se yo?!!! gumya urwavu rwanyu >>
>>
<<@DieuMerciMbonimpa
says :
๐๐๐mbega mu rwanda murya ibiki ganani,murikuramwo ubwenge๐
>>
<<@nsengiyumvadieudonne9190
says :
Mushaka Bumvikane gute ? Nabatange abo bagize coup d'Etat hanyuma murabe ko imigenderanire ko idasubira kubaho.
>>
<<@NkunzimanaVianney
says :
Urwanda murumva aba menyesha amakuru biburundi bavuga ngimipaka yugururwe? ๐ขAbanyamwanda nibabe biyumvira mukwandika comentรกrios
>>
<<@carlosnyayo7223
says :
Umukobwa ati ""ndayishimiye wari watutubikanye cyane""" ๐๐๐๐
>>
<<@InnocentNduwimana-s9w
says :
None ko reta yurwanda yanse gutanga abashetse gutembagaza ubutegetsi wibazako umupaka wokuguruka ?? Turiteguye mwigize abaciyubwenge kurushabandi anyway ntacodushaka murwanda umupaka niwugare forever
>>
<<@david-r3h2b
says :
Biased reporting !
>>
<<@NiyubushoboziOsias
says :
Kagam niyongera tuzomukona guko amaz kudusombokoroza kechi
>>
NEXT VIDEO
>>