<<@the_archiv says : Mwagiye mureka guharabika koko>> <<@niyomuremyinoe2201 says : Mu mpanga>> <<@MbonihankuyeElie says : Murabicanyi>> <<@MbonihankuyeElie says : Ko uburundi bubarwaje, burya turavuksna? Nimutere ibabs ryanyuma kuko muragiye.>> <<@MbonihankuyeElie says : Mwebwe muraryaye mumitwe. Amacakubiri yanyu azobahitana. Raba ivyanyu mureke uburundi kuko turumuti wanyu. Tuvyonge mwibonereko.>> <<@LeoPapy-y8r says : Harya ngo mushaka ko nu Burundi butegekwa n'abatutsi>> <<@LeoPapy-y8r says : Wagirango abatutsi mwararozee>> <<@LeoPapy-y8r says : Mwagiye muvuga kugihugu cyanyu cyu Rwanda mwa nyenzi mwe>> <<@richardhateg8662 says : Mufise ideologies nta burundi bufise amacakubiri yamaoko mwebwe irwanda gusumba uburundi. Bafise ubumwe bukwiye ahubwo nikibazo ca economies gusa.>> <<@menyaubuzima1240 says : Umugabo bwa yicara arocangwa ku bibazo byabaturanyi kandi ntacyo yabikoraho>> <<@damasndayishimiye5103 says : Ubutunzi si ivyo bibuga vyindege stade amabarabara n'ibindi umunyagihugu ashonje, wapi twara hiyo. Nivyo turafise ingorane mubuyobozi ariko namw ntakirenze kuburyo mwakora ikiganiro nk'ico kuburundi bwafatiw n'ibihano>> <<@NsavyimanaSamuel says : Intambara yokumena amaraso yarabananiy nimwe bambere mukarere mufise imbuga zo gutukana ubunaho mwihaye intego yokwangisha abarundi iwabo nababo? Tubana nigihugu kibi ndabivuze>> <<@bizashira2108 says : πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚ Muzagerageze muvuge ibya hano iwacu! Yewe, nta mupfu winukira koko! Izi analysis zushingiye ku rwango n' ingengabitekerezo mbi mufite ku Burundi na Ndayishimiye vy' umwihariko.>> <<@descendentofapaganus says : πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚ Nimugese ubwiyo basha Ubwino mubwihoze! Turabubona>> <<@ericnewking9199 says : Iki kizehe ndake🀩😹😹 ngobagiye kurwanya red tabara?? Wapi bagiye kurwanya abashaka gutera uvira yose!!! Ideology ya genocide yabamugaje ubwonko niyo izotuma mushira mutera ibihugu ngo ni interahamwe>> <<@Migeorge174 says : Aba bantu baburana hano biyita abarundi 80 ni FDRL kuko umurundi nyawe arabizi neza ko abarundi nabanyarwanda ntacyo bapfa ikibazo kirimo aba Dede bashatse guha ikibuga FDRL aba genocidaire aho nuguhamagara kagame directe ahita akwitaba bwangu kuko atitabye yaba aguha karibu ikigali rero aba dede bananiwe kurwana intambara bucece mubutasi batsinzwe bafunga imipaka bajya ikongo batangira kurira abarundi niba harikintu kibi kibaho mwirinde genocide ningenga bitekerezo kuko ibyatubayeho turabizi kdi byose bishyigikirwa nabazungo cyane cyane europe belge na france .open your eyes brothers there is no need to fight we're brother's africa>> <<@Kibido8029 says : Ibyo ariko sibyiza Ikinyamakuru nka "IGIHE " kubona mwiha umukuru w'ikindi gihugu mukamukoraho urwenya sibyo>> <<@damiennkaka7006 says : Imitungo kamere tudafite Murwanda niyihe muhora muvuga? Impanto abarundi bafite baturusha niyihe? Serge?>> <<@FulgenceKwizera-v9x says : Urumusuzi unuka wew rabana nivyanyu twebwe mutuveko mbega mwe mwarasaze mumitwe πŸ˜…πŸ˜…>> <<@JosephBanzira-r6i says : Uburundi bugana mumanga urwanda narwo ngirango rugana mw'ijuru?Ukwokwihimbaza Imana iravyanka>> <<@hakizimanadesire1 says : Ariko basha ndabona uburundi bwarababereye intambamyi ikomeye cane,uziko uretse Radio Rwanda yonyene itavuga cane amakuru y'uburundi,ahantu hose usanga abanyarwanda bahangayikishijwe n'uburundi,gusa iriya si RDC>> <<@FiacreIrambona-y1l says : Haha ariko nta funga mukanda iba I Burundi muzobaze!πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚>> <<@yvesBigirimana-c9k says : Ntaciza cova kuri CNDD-FDD,nabasuma gusa.>> <<@Benedir-o2n4q says : Buyoyaa,,yarahemutse,,cyane!!sinabarundi gusa yahemukiye!!! Nakarere kose!! Baramubwiraga,,,ngo reka kwihuta!!! Banza utegure abaturage,,batibonaga,,mungoma,,yawee,,zizabanjeee,,, Yewe na ndadayee,,ntiyashakaga,,guhitaa,,aba president,,,yaranabibwiyee,,buyoyaa yanga kwunva,,, Nyamara habyarimana we yarabyitondeyee,,naho yabyitondeyee,,muburyo bubi buteguraaa,,genocide Aba babuyoya,,,yewe na bagaza,,bunvaga,,bidakenewee,,gusaba inamaa,,mubaturabyii,,, Mubyukuri,,bagombagaa,,kuganira na kanyarengwe na Kagame na m7 Kuko barikubabwira,,,nukora amatoraaa,,uratsindwaa,, Yagombagaa,,gutsindwa,,, Gusa ndadayee atsinzee,, Kagame nibwo yabashije kugeraa,,muburundi(wenda kureba abanyamuryangoo,,Kandi baribamukeneyee,,cyane)>> <<@Slime-s5p says : Ikibazo ciwawu ubu ibintu vyarazimvye nkincuro 10 !! Ariko ikibazo sico gusa , kuko nahandi vyarazimvye nubwo atarico kimwe natwe ! Ikibazo gikomeye nuko bizimba kandi ntibinaboneke!!!! Urumva naho woronka amahera yokubisuma urabibura !! Wumva umuti aruyuhe? President umubajije ngo turi muri edeni wew ngo ntaco abuze yifitiye stock mu nzu πŸ€¦πŸ½β€β™‚οΈπŸ™†πŸ½β€β™‚οΈ>> <<@ChristopheNduwa says : Ibibazo mugendana mu mitwe yanyu, i Burundi NTA bihari>> <<@caritonkubwabo9997 says : Ntangiye kwibaza ibibera mu bitangazamakuru byo mu Rwanda. Birasa nkaho ntacyo basigaranye kuvuga uretse u Burundi. Please leave Burundians alone!>> <<@jacques-chris says : Ariko abarundi bafite icyo bita autosouffisance Alimentaire ,,,, kwihaza mubiribwa d’abord… wenda niho bahereye nibindi bizaza … Kandi ntankunga bavana hanze nkabandi … vraiment baragerageza πŸ™>> <<@NiyonkuruEmile-y5s says : YESU yavuze ati bagirire imbabazi ntibazi ivyobakora. so namwe Imana Ibaharire ntimuzi ivyo muvuga.>> <<@nevergiveup-t says : Icakoze uravye title nkumva nivyo muvuga biragaragara KO muri mukazi Kweri Gusa kimwe muraciriritse pe Muri musi cane yibipfu>> <<@LucienHakizimana-f2c says : Mwebwe mubayeho kubuntu ngaho kwa kagame?>> <<@bakunzigilbert8071 says : No need to criticize others economy. Twakabaye twita kubyacu kuko natwe our economy ntihagaze neza nagato. Just tugiye no mumibare our economy irikujya habi kuruta iyabo mu criticizing. Urugero rufatika mumezi 8 ashize ifaranga ryacu rimaze gutakaza agaciro kukigero 3.8% mugiye iryabarundi ryagatakaze kugiro cya 0.06%. Imibare irivugira, bafite ibyabo bitameze neza ariko ntekereza ko ari mismanagement bafite atarikibazo cyubukungu cyane. Mugihe twebwe management ihari iri strong ariko our economy ikaba ikomeza kuhabarira.>> <<@BDIINFO says : 😁😁😁🀣>> <<@umuntu4898 says : Murwanda inzara irikwica, izamuka itumbagira ryibiciro kwisoko, natwe ntabwo bitworoheye>> <<@janvieribirimimana770 says : Reka twibaze ngo "ese U Rwanda dukomanyirijwe nkuko U Burundi byagenze twa survivinga" iyo topic nayo muzayikoreho Murakoze...>> <<@Marie-GorettiMuhitira says : TrΓ¨s bonne analyse>> <<@Vedaste-k8i says : Muri ibitangaza ubu tuvuge ko mubabajwe nuko ubukungu bwuburundi bumeze nabi Yezu ati mwiririre inkotanyi zibwira mobutu ziti uruka ntafata uhitwa ngayonguko>> <<@mugambagyeeddy4963 says : Iyi team yababagabo ndayikunda❀️❀️>> <<@MathiasMvukabanka says : Vuga ibiberekeye ivyacu mubihore>> <<@karibushi says : Igihe, murakoze cyane.>> <<@SamuelManiriho-t8z says : Neva abugejeje ku manga aharindimuka>> <<@Batahesaleh-uy1xr says : Hewe haciye imyaka 10 abarundi barababwiye ko butavogerwa rero gerageza muvuge πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚ ico nzi Uburundi si RDC rero ubwo bukungu bumeze nabi harico baraza iwawe munzu iwawe ngo ngaburira?akagaye kanyu mwe ubukungu mufite ni nyabaki mwahaya Atari kwiba twarahevye turababwira MBE aha nihehe???πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚ πŸ˜‚πŸ˜‚ Uburundi ntibwigera buvogerwa kandi nta rimwe vyigeze tumaze imyaka 10 ata fashanyo mbona tubayeho neza>> <<@JohndrwanEtinne says : Abanyarwanda mur ibwebw mwabiyogotomw>> <<@prf5776 says : Ibaze igihugu umuganga Dr ahembwa 450Fbu nukuvuga 50$ πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚>> <<@prf5776 says : Shaaa Neva yaratwambitse ibara kabisa 😒😒😒 imyaka itanu atagitoro, imiti wapii, vyosee yaravyisheee nimwivugire mushimire Imana mwebwe ariko musabire uburundi kuko turi habii>> <<@ManirakizaJack-s6z says : nihagire uvugamurimwe Uwumaze kugeriburundi Ese ivyanyuvyo gtπŸ˜‚πŸ˜‚ Bt zobagora>> <<@AbedRunezerwa says : Hariho numushinga corora.isazi>> <<@alibaba-t9r7v says : Mwiriwe. Serge wacu se disi ko microphone 🎀 ye iri kure akaba yongorera? 😒>> <<@bizomenyimanaelias5455 says : ushima abanyarwanda badufidiye ishari ngo ntamutungo kamere dufise πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚ 10 to 20 parcent ya reserves ya nickel kwisi iriburundi dufise copper gold cobalt uranium terre rare nyishi ikizugu na lithium ndemeye ishari ririmukwica abanyarwanda hama mwarize funga mkanda>> <<@NGENDAHAYOEmmanuel-b2w says : Namwe simwe kbsa muri ba Barengayabo>>
VideoPro
>>