<<@mutanganawamugaboMugabo
says :
Ari mu burundi no muRwanda ubahe? Mubishobozwa niki kumenya amakuru y'ahandi mbere yo kumenya ay'iwanyu?Ndakomeza nicwe ninzara aho gukora ibyo ntumva. Nkubu ujya kwiga watekerezaga iki?๐ข
>>
<<@claudemutore7904
says :
Enfin... Bravo ๐๐พ. โ๐พโ๐พ๐
>>
<<@IgiraPatrick
says :
Reka izo propagandes zawe zipfuye urarushywa nubusa Uburundi buzabamesa
>>
<<@jeanbikomagu3353
says :
Iyo FDNB yabakubise ntimurara mutavuze
>>
<<@jeanbikomagu3353
says :
Ariko mwa Bifobagane mwe muzogeza ryari gufobagana?
>>
<<@KwizeraApologize
says :
๐ ๐ ๐ ๐ ๐ ๐ ๐ ๐
>>
<<@ImanishimweMechack
says :
Azabatsinda kagame yarukuye kumuheto nahababunzamagambo byaribyabananiye ahoooo
>>
<<@danndosimana2294
says :
Kubeshya muri aba mbere pe!
>>
<<@TinyaImana-y
says :
Nta gihugu kitagira abatoroka igisirikare๐ Ariko ntibiba byemewe kubitangaza uri mu ruhande rw'izo ngaboโ๏ธ
>>
<<@TinyaImana-y
says :
Bene izi ni inkuru zikorwa kandi zishishikaza ba haduyi๐คฃ
>>
<<@SeukPiri
says :
Reka guhimba ibinyoma uburundi bwaraberetse kubofise ubutasi budasanzwe mugukura abagizi banabi murwanda mushaka mutwibagize iyo operation ya mavuta๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐ช๐ช๐ช๐ช๐ช๐ช๐ช๐ช๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ฅฐ๐ฅฐ๐ฅฐโคโคโคโคโค
>>
<<@cyizaplacide7970
says :
Barabakubitta strick namwe too
>>
<<@NtwaliJeanBaptiste
says :
Igisoda cuburundi nticoshobora igisoda ca M23 , kuko igisoda cuburundi naco ubwaco cibamwo amacakubiri, gisa nikidasenyera umugozi umwe, Abahutu barira ukwabo, abatutsi ukwabo, ivyo navyo ubwabwavyo ,bizotuma nabo basubiranamwo barwane ubwabo,igihugu gifise ubuyobozi bubi ntikijya kumurongo,gihora mumakimbirane, bazohora birukanka, M23 izoma ibirukankana,Abene gihugu nibo bazobihomberamwo
>>
<<@Kimlove-g6z
says :
harimpamvu biba ntacyo mvuze? โค
>>
<<@ndayishimiyealexis7182
says :
๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐ muzi kwifotoza kbs
>>
<<@adellebarakamfitiye658
says :
Bazoherankifu dyimijirara ๐
>>
<<@JosephTegne
says :
Rdf nayo nyine irikwisuka
>>
<<@IsaacPatron-i6z
says :
ESE harya igisoda cy"uburundi cyitwa gute? ngo ni Mbahayaga force nationale de la kibira? muze kumbwira.
>>
<<@ruhangaraLouis-if3cc
says :
๐๐๐๐๐๐
>>
<<@K-InsightMedia
says :
Muzi kuvuga ab'abandi, abanyu batorotse igisirikari bangana iki? Ibigwari ntibibura, ko mutavuga abo Sukhoi-25 yarimburiye ejo Masisi? Harya ngo ntimuri M23? U Burundi mubwanga kuko bumaze kubahagama. Ngaho rondora abasirikari bacu b'u Rwanda buzuye irimbi rya Kanombe. Naho abo uvuga ngo M23 yungutse ko mbona inzara ibamaze benshi bari gutoroka? Inkotanyi ntituzabakumbura
>>
<<@hamadanzeyimana7488
says :
Baze tubahe imyitozo nyayo ubundi tuboherezeyo gukuraho Neva ๐๐๐
>>
<<@gloire-y6m
says :
Faux ivyo nivyomwifuza
>>
<<@Viralfootball-v
says :
๐ ๐
>>
<<@Kanguka-s6z
says :
Ivya RDF navyokomutabivuga congo barigukorayiki.
>>
<<@elieniyitegeka3873
says :
โนlo๐ฎโท8ijsikiiiej67uiwiww 1:07
>>
<<@vangoz8
says :
nibe nabo bemera ko bariyo , ubuse abacu tutemerewe kuririra dukore iki
>>
<<@ArcadeJrOfficial
says :
Kandi abanyarwanda n'aho amasasu abagema bo ntibapfa. Ntanumwe apfira muri Congo bose baguma bakomeye bwuma๐๐๐. Muri Congo havayo Inka ngira nizobahamba Hamwe imva ziguma ziyongera๐๐
>>
<<@TurabumukizaCyprien
says :
Nobagitoroke nibinjira ishamba nzabadyigikira. Bishe abangomani b
>>
<<@menyaubuzima1240
says :
Non sence analysis
>>
<<@RichardKabera-o2z
says :
TWARIDUKENEYE ABANTU NKABO KUKO NIBO BAZAVAMO ABASIMBURA UWO NEVA KUKO MBONA ABARUNDI NTA OPPOSITION BAFITE WAGIRA BATINYA POLITICS NEVA AKENEYE GUSIMBURWA IGIHUGU YARAKIZAMBIJE RWOSE HARYA UMUHATI UGEZE KURANGAHE I BURUNDI?????๐ง๐ฎ
>>
<<@Richard83-l3r
says :
Hhh bajyahe se?
>>
<<@FabriceFrommurengeza
says :
Abanyarwanda barasaze kwl miss kuvuga ibibazo biri mukindi gihugu namwe ivyanyu mutabivuga aho kuvuga abasirikare b'Urwanda bahunze bakagenda muri ouganda bagata urugamba bobo ko mutabavuga. Aho rr kagame yabahaye amahera kugira mucoze Igisirikara c'uburundi twarabamenye Igisirikara c'uburundi turayishigikiye kk kiriko kirakingira imbibe Igihugu
>>
<<@christiangabiro-bc4dh
says :
Vrai analystes
>>
<<@nsanzimfurafred5202
says :
Nabandi bazigendera rwose
>>
<<@ButoyiSylveste
says :
Jendibaza murarwayakabonge komutinya kudedembevyahiwanyu
>>
<<@hesii6295
says :
ntawuzifuriza inabi urwanda ngo bimugwe neza erega๐คฃ๐คฃ๐คฃ๐คฃ
>>
<<@MuzimaFidele-d6o
says :
None ko abarundi bo bavuga ko abo uvuze bari mumahugurwa muburusiya Nawe urabeshya
>>
<<@iyezejerry3068
says :
Sure?
>>
<<@damiancyamatare7583
says :
Ntabwo IGISODA cyuburundi ntabwo cyashobora M23 birahabanye
>>
<<@gerayotv3240
says :
Ibihuha.com๐๐
>>
<<@Kabuyoya2649
says :
Ngangwa nabo baratoroka! Aburwanda bapfira kongo nkubushwiriri! Mwijoro ryashize Gen Leonard, naba Major 6, ba rdf/m23 , sukoi yabakosoye !!
>>
<<@tegete06151
says :
Hhhhh abacu bagwa congo ko utabavuze brother ubu unejejwe no kuvuga ba Rundi batorotse kurenza uko wavuga abacu baherutse kugwa mumirwano. Wanjijiwe
>>
<<@noviga-2
says :
Birigaragaza ko uburundi byanze
>>
<<@edwinedwish5823
says :
Ehhhh nifatanyij nuburund kubihanganish pe
>>
<<@ndagijimanasam2772
says :
๐๐๐๐mwe muribigoryi rwose mwe mumaze gutorekeshwa bangahe??General Bem Habyarimana Emmanuel, General Kayumba Nyamwasa, colonel karageya,Colonel Ndengeyinka Bartazar,Major Micombero,major Higiro Robert, Major Rutayomba nabandi none muravugabandi mwanjijimwe kd muvugibinyoma abanyarwanda ntitukirabo kubeshwa mwabicanyimwe muvane propaganda zubugoryi hano
>>
<<@Mafia1984Ayirwanda-ge4ty
says :
Nibyakera ariko?batorokeyehese?
>>
<<@ntwarisebahavu1286
says :
๐๐๐๐bizarangira na Neva atoritse igihugu
>>
<<@izirimunziratv9480
says :
๐๐๐๐๐harya general kavumba ,general karegeya ,sgt Robert bo barihege mbere yokuvuga abandi ๐๐๐
>>
<<@KamiKelo-o6p8c
says :
Aga propogande gaciriritse ndimo kukumva hano Nkeka Ariyo mpamvu Uvira3 et tombe
>>
<<@JeanMarieSebatore-v4v
says :
โคโคโคโคโคโคโค
>>
NEXT VIDEO
>>