<<@Coyitgerard
says :
Karamucorotse aremeye ko Abarundi batabara Abaturage ba kibogobogo. Ukuri ntawokunyegeza. Imana yama ishigikira abantu bahuje imitima n'inama mu gukora ivyiza. Abasoda b'Abarundi bagiye gutabara muri Congo nk'Abarundi, ntibagiye nk'ubwoko kuko ico Imana yarakidukoreye kuko mu Burundi twemeye kubana mu mahoro. Twemere tubane twese kuko ntaho tuzoshirana. Abibaza ko bohonya abandi baribesha cane. Imana ntirenganya.
>>
<<@antoinebakevya8911
says :
Proud to be Burundians ❤️❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮✅✅✅✅✅✅💪💪💪💪💪💪💪💪💪🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪💪💪💪💪💪💪
>>
<<@antoinebakevya8911
says :
Nimuve muvyamoko muronke amahoro mwabatutsi bo mu Rwanda, ahandi hoho muzokwama muri 💥💥💥💥💥
>>
<<@HomehPasca
says :
Nibasubire iwabo
>>
<<@IGREJAPENTECOSTALCOMUNHÃOC-f2d
says :
Ndamunyagihugu mutomuto mukongonani yarazi politike
>>
<<@IGREJAPENTECOSTALCOMUNHÃOC-f2d
says :
Nimba uukurendera kunda umusi numusi!azoguta!
>>
<<@IGREJAPENTECOSTALCOMUNHÃOC-f2d
says :
Mukongonani avuga kinyagwanda..ndunvisoni
>>
<<@TinnahwaTinnah
says :
igihe cose mutarunvako muri abantu mutari ubwoko. muzahora mu 🔥
>>
<<@sematungobchristophe8351
says :
Abanyamurenge Batu Goma na Bukavu turabasaba kwamagana abarundi.
>>
<<@DusDona
says :
Olala pole kbsa pole sana Nyiribiremwa arahari ngwabarengere kbsa ariko ikibabaje nuko harabandi banyamukenge barikuvuga ko ingabo zabarundi na FRDC bari kurengera abanyamukenge nonese cominotee international izunvande ireke nde umoja wenu ungewaokowa ila division itawaumiza saaaana pole Tena pole
>>
<<@m_rwema
says :
Makanika mperuka ari colonel, bukeye bati bice general wacu uyu ati ni Lt General......
>>
<<@PasteurNibitanga
says :
Nubu muraciyumvura ici kumbe kera kabaye mutegerezwa kugwiza ibitaro vyabasazi murwanda kuko mwese mugwaye mumitwe
>>
<<@angeliquendayisenga258
says :
Twiyamye abarundi kuja abarundi barashaka iki ? Kubwoko bwa banyamurenge??? Kuva 2004 itsemba bakoreye abanyamurenge mugatumba ntabwo bazomaraho ubwo bwimana barabesha batahe iwabo muburundi bahe abanyamurenge amahoro
>>
<<@KabuyeJunior-12
says :
Ni.redtabara.yabikoze
>>
<<@ShemaClaude-sk5sq
says :
Ukosore ntabwo kugera irusizi nindege Ari 45mn Hoya ni 25mn
>>
<<@GaspardBitwenge
says :
salut Alexis,je te souviens.Invitez votre jeunesse de se retirer des Eglises pour gusirimba et entrer dans l'Armee Twirwaneho,Vie ou mort mais faisez taire ces imbeciles .Courage
>>
<<@RushakuAimable
says :
Witubesha abatwica turabazi ni FPR kuko niyo yatwogereje red tabara ikaza ikatunyaga ikatumenesha umwanzi wacu congo nu Rwanda
>>
<<@KigaliStreets-g7v
says :
Nabo nibabice sibavuzeko bifatanije m23😂😂😂
>>
<<@ManuelaChouti
says :
Abarundi ntibatera baratabara sha mwe nimusubire i Kigali kuko mukorera kagame Nandi mabandi bafatanije
>>
<<@ManuelaChouti
says :
Nta n'a limwe mwe mwiyita abanyamulenge muzongera kubaho comme avant umurengwe wanyu sha ?c est fini tous ça ....vous voulez tous le pays ??vous avez le gros coeur de voleurs
>>
<<@ManuelaChouti
says :
Ufite ururimi rusize umunyu sha....mwanyenzi mwe mutarazana akajagari mwigeze mwumva ibyo bintu byabanyamulenge????ahubwo mwishyize hanze nimuhambe ikanombe muzashirira mubilombe bya Congo....ibyo byo kurimanganya byanyu byaravumbuwe .....Ubu amahanga arabizi muribisambo byica bakiba ....
>>
<<@ndayisengadieudonne8519
says :
Ariko mwaretse kubeshaa nga Barundi bagiye kwica abanyamurenge baba hora iki??
>>
<<@HagenimanaFidele-bv4lv
says :
NGaho nyumvira igitangazamakuru gikomeye murwanda p??
>>
<<@JayBen-l5c
says :
Ariko ko ariho ndi ibyowmubikurahe ko abarundi bari kutwica iyo nimitwe abarundi baducungiye umutekano neza bari guhangana nabo bahanganye nabo
>>
<<@LukundoPhilibert
says :
Murabeshya ahubwo nuko uburundi buyobowe nabahutu Murabeshya wabatutsi mwe ese abatutsi abantu mwicira muri congo ko mutabavugaho
>>
<<@samueltwizerimana5890
says :
Ico nikinyoma cambaye ubusa.ikibazo abanyamurenge biminembwe bafise M23(rdf) ibihishamwo ikigira nkabaturage hanyuma fdnb ntishobore gutandukanya umuturage hamw numuroberi
>>
<<@Dddma455
says :
iyomuvuze yuko muriko murakoregwa genocide. Umuntu yobibona muburyo bubiri. 1) menga muripfuza genocide 🤔🤔🤔 2) menga muriko murapfubya genocide yabaye murwanda imbere yamahanga 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
>>
<<@Dddma455
says :
Urwanda mwashatse kurugira nka America itabara kwisi yose. 🤣🤣🤣 Ruzokwisanga rwasenyutse Rutabizi😂😂😂 urwanda narwo rufise ibibazo bisumba I vyabanyamulenge ntamakuru mufite 🤣🤣🤣🤣 icondabemerera muramaze kumenya yuko mudashizemwo FDLR ntabufasha mwobona. 😂😂😂😂
>>
<<@AdinabuntuNICUBABIESFOUNDATION
says :
Ariko ububeshi mugira buzabagaruka . Ngo abanyamurenge barikwicwa . Kandi muzi neza ko muri kubesha
>>
<<@kushfirefamilyteam7799
says :
Masunzu yagize uruhara uruhe murupfu rwa makanika? Afande makanzu nawe yahoze munkotanyi yarabivuze yuko harimwo abahemu muri mwe bakorana nawazalendo na fardc na fdlr ,abarundi bahamagawe na fatshi baje bizwi ariko tactics babambaye umwambaro wuburundi hama hariho tactics yokujijisha umwenda .
>>
<<@julynyampinga6933
says :
M23 naho iraje itabare nibahumure
>>
<<@kushfirefamilyteam7799
says :
Kuki azarias ruberwa ari muntwaro ya d.r.c kandi ari umunyamulengues atava murigoverinoma ?hama f.d.n.b yiburundi irimwo ubwoko nabatutsis kuki mutavuga yuko red tabara itavugwamo kandi nayo yarabishe ya alexis sinduhije na nzabampema yahoze kwa rwasa is none sense hama kayumba nawe yahoze ari inkotanyi akorana kuki yokwica abatutsis kandi ari umututsi?ubu naho akaba umwansi wurwanda ?
>>
<<@kushfirefamilyteam7799
says :
Ariko musaza kuva ndumwana muto ntazi icyo ndico nimba ndi umututsi canke umuhutu canke umutwa muburundi barishe melchior ndadaye bamuhora iki ?kuko ari umuhutu ariko yariyishwe ari umucivile nigisoda cabahima kuko umututsi wese sumuhima kandi micombero yakoze iki 1972 nkurunziza pierre yabuze umubyeyi we basubira bamuhekura 1995 umusaza we muri frodebu harimwo abatutsis bimazubute Gilles barishwe none ko bavuga ngo frodebu yateguye ihonyabwoko yazanye imipanga abahutu bagize traumatisme yibyabaye none se bimazubute yishwe na frodebu canke n'ingabo za bikomagu .muri 1996 kabila yateye amakambi yimpunzi I tingi tingi bafatanyije nabanyamulengues muribo harimwo abagenocidaires nabainoncent nabarundi barimwo ntabwo abanyamulengues Bose babikoze ariko rapport mapping irabivuga neva actual president wuburundi yararokotse ariko se abanyamulengues murazi neza yuko conference de Berlin yabakuye kurwanda ibagira abacongomani none kuki mutagwanira inyungu zacongo mukifatanya n'urwanda? kuko muyimvamwo ubututsi kuruta ubucongomani igisoda cuburundi kirimwo ubwoko bwose kuko twebwe abarundi turazi aho vyadushikanye nimba mutabikoze uko naho iyonkore igihugu Canyu nka south Sudan kuko murankwa kandi muri abatutsis birazwi biranaboneka no mugatumba muburundi barabishe none ko bamwe murimwe nka col musaraba bari muri fardc bagwanira fatshi canke m23 AFC ataruko naho biragoye ibihugu bizobarokonesa nomuri o.n.u masunzu we nawe yari Kumwe na fardc none afise nuruhara murupfu rwa Michel rukunda aka makanika none se mubona bizaherera he bimeze nkivya Israel na Palestine kandi region yanyu yuzuye ubutunzi Kama bukenewe nka coltan America irazikeneye uburussia abashinwa na Israel abafaransa nabandi bahanga so nikuba makini
>>
<<@Brown-t2z
says :
Mwirigwa mwandika kum social médical ng ingabo zuburundi mwazimaze ng imisozi yuzuyemwo imirambo yabarundi noe ub naho ng abarundi barabamaze babica noe muriko mwicwa nimizimu canke??😂😂😂😂 gumahamwe uvira sio Goma uvira sio bukavu uvira hari umurundi papa umunwa wanyu ntuzotuma mutsinda urugamba
>>
<<@PatrickRushikama
says :
twamaganye abarundi batumariye ababyeyi babichisha inzara namasasu yaburimunsi
>>
<<@Emmyirabizi
says :
Munkuru mùkora mujye mushyiraho uburyo bwa downloading kuko abantu bose nibaba bafite igihe cyo kurebera inkuru kuri YouTube yose nibitaba ibyo rero inkuru zanyu tuzajya tuzi skipping tutazirebye
>>
<<@iwacuallsportnews745
says :
Nyarahiyo ntabarundi bariko barica amanyamurenge, kuki batica ababa muburundi bakaza kwica ababa muri Murenge. Igihe Mutavuze abarundi ntimworonka ababaraba.
>>
<<@Homeland-x2
says :
Turabakunda❤❤❤ni Imana ni uko tuzabatabara
>>
<<@UwinezaJanvier7
says :
Ubuse bizagarukira he
>>
<<@HAKIZIMANAFidèle-m4y
says :
Nukuri Imana Yumva Kandi Ishobora Byose Itabare Abana Bayo B'abanyamulenge Bazira Ubusa😢
>>
<<@BihunguIranzi
says :
Imana irahari bariya nta nakimwe bazadutwara
>>
<<@bmc9210
says :
Imana ijye ibaba hafi 🙏
>>
<<@team-generalNeva
says :
Ntimuzi uwubica
>>
<<@xyrwandatv
says :
Muzi kubeshya gusa
>>
<<@therealone1681
says :
Ariko iyo muvuga abishi b’abanyamulenge ntimuvugemo RED TABARA muba mufite amabyi mu bwonko? cg ni ubwoba buba bwabuzuye? Abanyamulenge batangiye kwicwa igihe Kagame na Tshisekedi bari agati gakubiranijwe. Abasaba u Rwanda gutabara, muve muri iyo miteto, kuki se rutatabaye icyo gihe cyose kdi Me Bukuru ntwari yaririrwaga ku ma TV yo mu Rwanda atabaza? Muzibe aho mwambwa mwe. Abavunamuheto babujije akarere kose amahwemo nibo birirwa bomongana ahantu hose. Muri babi gusa.
>>
<<@micoeric9722
says :
Muhumure Imana irikumwe namwe
>>
<<@mugishawebster6586
says :
😢😢😢 abanyamulenge baragowe pe 😢😢
>>
<<@kaburini
says :
Mwisenyera iwanyu ngo murashaka gukorerwa genicide nonese niba abanyamulenge nabo bafite gruop army ya gumino naya ishaka gukorera benewabo genocide? Mwe mwumve ibyo reta yanyu DRC ibasaba mukorane na reta murebe ko haricyo muzaba nimwe muri kwizira
>>
<<@nehemiyatv
says :
Ndumunyarwanda ark ndijijwe nibyo benewacu barigukorerwa kandi bafite uburenganzira bwokubaho gusa muhumure Imana yomwijuru iraje ibatabare kandi abanyarwanda turabakunda humura mulenge uzakomera
>>
<<@al_fayeedevans2955
says :
Kucyi m23 itadivansinga ??!
>>
NEXT VIDEO
>>