<<@JeannineUfitinema says : Bakwiyiziye mu Rwanda rwacu se ko twe twikundira abantu bose tutavanguye?>> <<@steventagumuka2844 says : Yesu yabariye abari baje kumufata ati ko nabana namwe mumasinagoge kumugaragaro ko mutafashe? arilko Ubu Nico gihe c'umwiza . Urugwanko rumeze nk'ugwigihe ca Génocide n'ugwanko ruba ruri musi yizindi mbaraga za sekibi ashima mumitima y'abantu bakicwa kndi barenywa mugihugu citwa ko gifise amategeko. Iki n'ighe c'umwiza shetani Asuka mubantu. Kwikigararagara kiganzwa n'ikitagaragara.>>
VideoPro
>>