<<@harerimanaleonce8153
says :
Nato, ôtan. Mukubitwe n'a putin abakubite abicyaze
>>
<<@harerimanaleonce8153
says :
Putin uzankubitire amerika ubakubite iyo mihimbiri amerique iragatsindwa
>>
<<@harerimanaleonce8153
says :
Nanga amerique nibo batumye i yo vyose bibaho
>>
<<@harerimanaleonce8153
says :
Putin oyeeeee Courage putin
>>
<<@habyarimanaalphonse457
says :
Amakurukukongo
>>
<<@rosmalitovillanueva5749
says :
Go Russian
>>
<<@nshamihigosafariange6587
says :
Miliyoni 400 ntabwo zayobora miliyari 7 nibareke nabarusiya babeho akavuyo batera mu bindi bihugu ntawe ugakeneye.
>>
<<@nininahazwejeandedieukadaf9524
says :
No comment only God knows
>>
<<@aaronnizeyumukiza5166
says :
Komera
>>
<<@ndayishimiyeonesime6438
says :
Aba fans ba Putin Bose nimumanike amaboko murakubitwa pe pe!! N'aho Bari barafashe barahahereye
>>
<<@innocentirimbere7083
says :
Ndakunda ingene uja uduha amakuru aramvuye
>>
<<@Emergency_guy
says :
Niryarya nabanyeshari nibisambo ntibanyurwa nibyo bafite, ahobabonye ubutunzi ntibahaha amahoro vahatera guhoraho intambara isi yose ibahagurukire kbs
>>
<<@4teentv580
says :
Mwazatuzaniye irijambo rya putine yavuze mwiyi nama? Mukaridusobanurira
>>
<<@jadoandyoweri2837
says :
Urasesenguye ntako utagize nibaguhembe
>>
<<@kuziririzaisabatosiitegeko7088
says :
Uburusiya burabakubita hasi100%
>>
<<@TopWisedom
says :
Kabaaye!!!
>>
<<@kevinmugisha2887
says :
Gusa ndagaya can ibihungu vyomuri Asia na Afrika kuki batokwicara hamw vyihuta bige ukuntu boshiraho igisirikar gikomey naho bofata ibihungu 20 kimw kimw kigatanga abasoda ibihumbi bitanu(5000M) kugira gihangan na OTAN ham formation yihuta ikaca ibera mubihu bitanu uburusia ubushinwa Corea du Nord Iran ubuhindi ham mukaraba kobitagenda neza na Putin agitsinda intambara vyorosh noe nkubu uburusia butsinzw muzoca mujahh? Kumw binjira mugihugu bakaniga uwo bashaka murorera nka Irak na Lybie nabandi ba présidents banigwa nkimpen murorera kumugambi wa Amerika nuburayi?murakwiy kwugurura amaso mukabona mukikukira kuko turacari muri colonisation ya Europe na Amerika ngejej aho kuko iyombon ibibera aha kwisi Jew Ubu naho nogomba nkifira nubundi nzofa ntamyaka ijana nzomara kwisi
>>
<<@kevinmugisha2887
says :
Ww uvuga ko Putin umutama wacu wamateka aremvy ww uwogupima yokuburamwo indwara noe?
>>
<<@kevinmugisha2887
says :
Put hako uzotsindwa mwiyo ntambara ya Ukraine uzurekur kirimbuzi Ukraine uyigir amatongo yos hazotegwa abantu bashasha kuko umugambi wa Amerika nuburayi na OTAN urabona kobos bfasha Ukraine ntusubir kwijajara ahubony hakuberey intambamyi turira ham urangiz intambara vuba banza usuk ingabo nyinshi can Kyiv ubanz uyifat yos uyisukeko ibisasu nka za missi hypersonique ahobony bigoy gufata urek gusamara urabona ko bitacorosh nagato NATO urabona kwariyo irikugwana rro korakazi ivyimpuhw ubirek umunyagihugu atemey guhunga numusoda kubita utababarira
>>
<<@AFRIZONE
says :
Ababwira ukuri kabisa NATO ikomeje kuba ikibazo
>>
<<@egidesabiraguha8761
says :
Nihatari
>>
<<@evaristendabanye
says :
Ntawe umenya iherezo ry' intambara. Reka dukomeze dutegereze.
>>
<<@harerimanaleonce8153
says :
URSS oye oye ok ok
>>
<<@harerimanaleonce8153
says :
Emwe ubu rusiya courage courage
>>
<<@harerimanaleonce8153
says :
Amerika iyo mihimbiri yabicanyi
>>
<<@Henry-jy1hp
says :
Ni ugupfukama byaratangiye. Russia na Putin intambara bari kuyitsindwa nabi cyane ntibakirenga umutaru. sha barayamanika tu
>>
<<@ericnduwayezu743
says :
Amerika ishaka isambure ibindi bihugu kugira igume ihangamye. Abanyaburayi nibatoca ubwenge bakaguma bayikurikira buhumyi ntakabuza buraya yose iracika amatongo bidatinze
>>
<<@uwizeyimanajeandedieu702
says :
Iyi filme kuri final izabiryoshye pe
>>
<<@bizimanarobert6897
says :
Ntuzi kuvuga amakuru,ubona Putine yotsindwa?Missile kirimbuzi zagiye hé?ko yokwemera gufuta uburayi bwose na Amerika
>>
<<@mauriceniyirora152
says :
Wateguye neza rwose👍!
>>
<<@kabiramwenyewe1013
says :
Ndabakunda kbx
>>
NEXT VIDEO
>>