Burundi: Igitaramo cya VIP cya Israel Mbonyi byari ibicika||Ntibakanzwe n'ibiciro byari hejuru

Burundi: Igitaramo cya VIP cya Israel Mbonyi byari ibicika||Ntibakanzwe n'ibiciro byari hejuru

????

Advertisement

LEAVE YOUR COMMENT

YOUTUBE COMMENTS

@provi5068 Says:
Hallelujah 🙌 🙌
@2holyboysofficial773 Says:
Good 👍👍👍👍👍👍
@aliceakmaakimana9408 Says:
Nkunragije Imana nubuntu bwayo mbonyi kuko utekeye ubuzima. Urinkigiti catew hafi yimigezi
@irambonaangemarie4147 Says:
Niyagaruk azoze adasab amahera meshi kuk twese twipfuz kujayo ariko ubutumw bwiw bwumviriz aba VIP gusa abasanzw nabo??????
@mpawenimanaaline6576 Says:
Nimwirambire
@nahayodivine6400 Says:
Hama abari kwivugira ayabo mucompara uyu nuriya harico mutaramenya knd ntibikenewe ko umuntu yemerwa na bose kuko ntiyoheza ngo amenye ahari intege nke ziwe Mbonyi go a head.
@allannizeyimana4494 Says:
wakoze cyane isreal mbonyi
@nahayodivine6400 Says:
Hashimwe Imana yo iteturura abayo .Mbonyi ntuze ugire ubwoba guca bugufi vyonyene nivyo bizogukuza nubundi ugasubira gukura
@allannizeyimana4494 Says:
wawoooo thanks I sreal Mbonyi for making our new year best regards from Uganda
@roddyfawaz6 Says:
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇷🇼🇷🇼✍️🙌
@2holyboysofficial773 Says:
Mbonyicyambu
@2holyboysofficial773 Says:
Mbonicyambu turagukunda
@GashakaCedric Says:
Ariko n ibiterama vyararirimba ivyisii bigenda neza ;vyobuzwa Niki kugendaneza kuvy guhimbaza Imana
@jojo2992 Says:
Hahiriwe umubyeyi wabye uyumusore🙌
@esperancensabimana8107 Says:
Amen Amen
@yvettendorimana8310 Says:
Imana Ibandanye iducungira Impande zooose We love you
@ghffcfggffg6083 Says:
💃💃🙏🏻🙏🏻🙏🏻
@semutovalentin4469 Says:
❤❤❤
@rukundoalainkelly5168 Says:
Abarundi bararyoherw kwl viip 500$👌
@salima7729 Says:
Kigingi hejuru can🥰🥰🇧🇮🇧🇮
@emelynenzitonda7978 Says:
Kabisa Mbonyi numukozi w'Imana Iyamuhamagaye Ikomeze kumukoresha ibirenze ,ariko vraiment aba babiteguye ntabwo biyumviiye kubantu bato kuko Israël akundwa nabantu benshi caneee ,iyo habaye concert nukuza bararaba kuri côté zose.nirenganira
@ndizeyechantal6979 Says:
Abobakoti nibande 😂😂😂
@mwizaleila8563 Says:
Waooow thank you for coming 🇧🇮 we love you ❤️❤️❤️ and God protect you ever and ever
@sandraoselin Says:
Groupe nyenyerii 😂😂hejuru cane ukunt mwatamba niyind Vibe
@philbertnimubona6487 Says:
Mboneyeho gushimira cane James na Daniella ku guca bugufi kwabo. You are a great Blessing for many.😍
@philbertnimubona6487 Says:
Mr Arena ; uriko urava muri ministrie, uja muri industrie. Uhebe kuba ''Icyambu'' ube ''Ikidandazwa''. Wagize neza kuza i Bujumbura. Ark hariho benshi bashaka kwumva ubutumwa uzanye, batari VIP mu mufuka wabo.
@eliphasenitanga4982 Says:
Amen
@elianedushime2580 Says:
We love you Mbonyi,may God protect uuuu forever and ever🇧🇮🇧🇮
@inesirankunda3815 Says:
Vrt yarons abantu sinarinz k.hoza abangana uko bivany namahera bar bashizeko mu kwinjira Mbonyi uraft igikundiro
@isaacvyihoze9029 Says:
Israël Mbonyi wafautuezerey can kani nejo le01.12.2022 turakwitezemwo gukoreshwa n'Imana
@murekatetemarierose1516 Says:
Courage mwana wacu happy new year 🎉
@dannyciza5139 Says:
Icubahiro c' Imana yamushikanye mugihugu cacu amahoro
@belyseirankunda5391 Says:
Amanaaaaaa🙏🙏
@floflokanya3512 Says:
VIP show! Nakubise abaso kuri stade intwaro ndagagarara🤷
@kazesine8840 Says:
Mbanye Kigingi 😍😍 ✌️✌️love from from🇷🇼🇷🇼
@floflokanya3512 Says:
Emmy thank you so much for this video! U the best ma brother
@lisaalllisa5326 Says:
Ababonye kiging yinyiy muri mpwemu mump like
@kazesine8840 Says:
Nkunda ukuntu aba Rundi baryoherwa love from🇷🇼🇷🇼 harakabaho aba 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮✌️✌️✌️✌️
@sameerasamee4564 Says:
Amahera yamarundi arazimvye pe aho iyaba kwinjira hari kuri cumi abantu ntibaronka naho baja none nahomvye ntaronse iryotike
@joselyneniyibimpa2613 Says:
Uwomuntu avuza drum mumundamukirize arazi kuvuza nezaaa felicitation
@Mugishaviolette Says:
Mbonyi yubahwe vrement. 💕💕💕💕🤸🤸.
@Mugishaviolette Says:
😁😁😁😁😁😁😁💃💃💃💃💃💃💃💪💪
@Mugishaviolette Says:
Amenaaaaaaa🙆‍♂️🙆‍♂️🙆‍♂️🤸🤸🤸💕💕💕💕💕🇺🇸🇧🇮
@nduwimanachristian6638 Says:
Wawooooo vyiza cane mukunzi ❤️ wacu ikaze iwacu IBurundi Imana ikomez ikwagurira imbibe
@mukamanajeannenurse6054 Says:
Mungu Asifiwe
@uwizeyimanasarah1043 Says:
Dusubije lmana lCubahiro kubwawe mukozi w'lmana
@uwizeyimanasarah1043 Says:
Imana ishimwe cyane
@kevinuwimana5898 Says:
Israel Mbonyi azogaruke iBurundi hatari ibiteramo vyinshi...
@eliasbizimana4403 Says:
Imana Ikorane nawe ,tunezerewe kukwakira iwacu
@kayinamurajoseph9032 Says:
Uyu Musore Imana yaramuhaye! Bless you Man of God

More Culture Videos