Ko uyo Peter Cirumwami yatashe nabandi ba generaux ba DRC; Hanyuma Giseketi akaja kurira kwa ba Sebuja muri Nations Unies. Bose na UN bazi ko amasezerano yasinywe bakanga kuyubahiriza. Ajo kurira kandi yirengagije ukuri, natahe aje kurugamba. Hatari aho nareke kwica abanyagihugu ba DRC; ararota ahagaze ngo agiye gufata uRwanda, kandi vyamunaniye kurinda iCongo?
YOUTUBE COMMENTS