Umubano w'u Burundi n'u Rwanda warazambyeII Ndayishimye yadobeje ibiganiro byatangaga icyizere
Umubano w'u Burundi n'u Rwanda warazambyeII Ndayishimye yadobeje ibiganiro byatangaga icyizere
Advertisement

LEAVE YOUR COMMENT

YOUTUBE COMMENTS

@cloudbaragomwa9795 Says:
Uyi nyenzi yumunyarwavu ntandero igira urashobora kuvuga umuntu atariso mwizina uzineza ari president wikindi gihugu?ntamubano nurwavu dukeneye guma iyo iwanyu mugumane iterambere muvuga
@RushakuAimable Says:
Turabiziko nyirabayazana Ari urwanda mwikundira intambara
@BiamunguDedon Says:
ESEMWAGUMYE MUGAHUNAHUNA IWANYU MUKIZIRIKA UMUKANDA KOMUDASHAKAKUBANA NIBINDI BIHUGU😅😅😅😅😅😅
@TheChris-j8j Says:
Ntg narinziko neva azi English
@imvanotv106 Says:
Ndayishimiye niwe mubi,Kisekedi niwe mubi,Kikwete niwe mubi,M7 niwe mubi,Nkurunziza niwe mubi,Abafaransa nibo babi,Ababiligi nibo babi,Abanyamerika ni babi! Aho guhora mutunga abandi agatoki mwababje mukisuzuma ra?
@RUKWAVU Says:
Mwirirwa Congo guhiga Fdrl ngo mukingire Urwanda! Kuki mwunva ko Uburundi butagira amakenga y, igihugu gishigikira umwasi waco kumugaragaro! Kuki mwunva ko Urwanda ari Malayika muri kino kibazo?
@NiroranyajeanJean Says:
vyamunaniye gutwara none yaciye adusamaza twebwe abarundi yibaza ngo turibijuju mzee
@FabiAnel-s5y Says:
Yatutubikany😂😂😂
@chrishima Says:
hello guys ntawonsigurira irijambo "watutubikanye"? so nne Red Tabara iri irwanda cnk congo si bari congo nibabaronderereyo naho abari mur rwanda ndibuka hari abo urwanda rwafatiye muri forêt nyongwe urwanda rwarabatanze mu Burundi izuba riva mais ntituzi suite yabo ! abo bandi irindorera nibasabe HCR na UN nibo bajejwe impunzi none si Red Tabara iteye uburundi iciye mur Congo nawe azoca atera Rwanda aho kurwana niyo Red tabara ?
@mirindibentv5589 Says:
Mureke kubeshz
@FabianNiyo Says:
Har abishwe ni nzara ngo ntibasumiye mu rwanda?urwanda ni ki?mwugururigwe mugume mwica abantu?gum iwanyu tugum iwacu
@MercyJ-p6y Says:
Abanyarwanda mukumbuye indagara😂
@SimeonNdayifukamiye-o7x1r Says:
Sha nasanze gucudika na Kagame,Ari nko kugabulil ingwe,
@AmzaSenga Says:
Muramubeshyera tuzi ukuri
@KamiKelo-o6p8c Says:
Ndayishimiye arabeshya nta red tabara iba mu rwanda nimwe
@NhimiyimanaEmmanuel Says:
Ese kuki abarundi mba mbona twabibasiye ubundi bite?😂😂
@afrodishabimana Says:
😂😂😂aha
@Joshua-1725 Says:
Reka reka kubeshya abantu nta mubano uBurundi busahaka
@irankundasolange4120 Says:
Icyongereza cye kokitarenze
@dj_clover257 Says:
Vyerekana integenke mufise abanyarwanda😂 Nne murashaka iki koko😅 guma iwanyu tugeme iwacu😊 nigitoro mugomba muduhe ataco mufita😮
@Agasobanuyegashya-q8q Says:
Abarundi Bo muri CNDD ni bafite imyumvire yinterahamwe, Bafite uburozi bubi
@jeanbaptistembonigaba8064 Says:
Mpayinka rero ! Yatutubitse!
@BlackJackson-s9w Says:
Utazi umurundi amurunda munzu
@KigingiJeremie Says:
Ivyi Burundi muhiga kubimenya bikabahanga, ntabwo bivugirwa kuma social media, mwoshaka mworeka kwivanga muvyi Burundi, Funga mukanda
@Uwananiranyewiburundi Says:
Ariko nimba mutegamiye muze muvuga ikibazo muhereye mumizi nkuko mubivuga apana propaganda ga , burimusi mwama muvugako mwubahiriza amategeko ariko mukamana nibibazo nabandi muhanye imipaka ,, rero mugabanye propaganda knd twe abarundi ntakibazo dufse
@Musindi736 Says:
ESE KO ABANYARWANDA ARIBO BAGUMA BASABA KO IMIPAKA YUGURURWA UBWO NTIVYABAKOZEKO CANE
@johnnininahazweclaude Says:
Ntamubano dukeneye nurwanda, Uburundi bwugaye imipaka yabwo,none mufise ikibazo nyabaki kandi muri iwanyu??tekereza mubanze mwige kugiriranira imibano myiza nabandi, Mwe guma iwanyu kuko murazwi ko atamibano mufise
@IT_Thecnician Says:
Hhh🎉🎉🎉
@Munyurangabodieudonne-x5g Says:
Ariko ndayishimiye mwamuretse ko ntacyo atumariye! Ahubwo iminsi niyo izamusubiza
@PacifiqueMBONWANAYO-rk2uz Says:
Banyarwanda, UBURUNDI muje mubwitondera!! Ntimuzi ibanga ry'igihugu c'UBURUNDI. Ahubwo mukwiye kubaza Abarundi uko babigenza kugira babane neza n'ibindi bihugu. Ntabwo UBURUNDI buja busomborotsa ababanyi. Umubano mwiza niwo dushir'imbere, tugaharanira iteka n'itekane kuri bose.
@itangishashakaphilbert7708 Says:
Binryohera ukuntu mwama mubona ko abanyarwanda muri innocent 😂😂. Gus icomushoboye murazi gukora amakosa mukayashira kuwundi
@denisemicomyiza161 Says:
Akantu ko gututubikana atwibasira 😂😂😂
@Happyndayikeza Says:
Nimutekane Uburundi ntibutera gusa burivuna!! Mutureke ninzara yacu ntaco bidutwaye!! We're not attacking but we defend ourselves!! We don't care about the critical economy you always talk about 😂😂 We're Burundians👍👊
@erickndayikunda Says:
Ariko sinimbaz yuko uburundi budakeney urwanda kuko urwanda surwizerwa rwuzuranye ukumenyeran
@FabdropDrozzy Says:
No mu Rwanda hari ubucyene kbsa 😂😂😂
@jayavatar1577 Says:
Umunyamakuru wakoze neza gutandukanya Ndayishimiye n'Abarundi kuko ivyo avuga sivyo Abarundi avuga ivyiwe na Leta yiwe itatowe n'Abarundi.
@ezilandgenda Says:
ahubwo harubwo mbona mwaranasaze p!!!nonese mugumye uwanyu mukakaziba ,je mbona vyobafasha .Kandi bariya hakubana numubeshi wobana numurozi >>urwanda numubanyi mubi kubo baturanye booooose ibaze namwe ngo uburundi na Congo ?!!!uganda sera?!!tanzania se yo?!!! gumya urwavu rwanyu >>
@DieuMerciMbonimpa Says:
😂😂😂mbega mu rwanda murya ibiki ganani,murikuramwo ubwenge😂
@nsengiyumvadieudonne9190 Says:
Mushaka Bumvikane gute ? Nabatange abo bagize coup d'Etat hanyuma murabe ko imigenderanire ko idasubira kubaho.
@NkunzimanaVianney Says:
Urwanda murumva aba menyesha amakuru biburundi bavuga ngimipaka yugururwe? 😢Abanyamwanda nibabe biyumvira mukwandika comentários
@carlosnyayo7223 Says:
Umukobwa ati ""ndayishimiye wari watutubikanye cyane""" 😂😂😂😅
@InnocentNduwimana-s9w Says:
None ko reta yurwanda yanse gutanga abashetse gutembagaza ubutegetsi wibazako umupaka wokuguruka ?? Turiteguye mwigize abaciyubwenge kurushabandi anyway ntacodushaka murwanda umupaka niwugare forever
@david-r3h2b Says:
Biased reporting !
@NiyubushoboziOsias Says:
Kagam niyongera tuzomukona guko amaz kudusombokoroza kechi

More News Videos