Karamucorotse aremeye ko Abarundi batabara Abaturage ba kibogobogo. Ukuri ntawokunyegeza. Imana yama ishigikira abantu bahuje imitima n'inama mu gukora ivyiza. Abasoda b'Abarundi bagiye gutabara muri Congo nk'Abarundi, ntibagiye nk'ubwoko kuko ico Imana yarakidukoreye kuko mu Burundi twemeye kubana mu mahoro. Twemere tubane twese kuko ntaho tuzoshirana. Abibaza ko bohonya abandi baribesha cane. Imana ntirenganya.
@antoinebakevya8911 Says:
Proud to be Burundians ❤️❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮✅✅✅✅✅✅💪💪💪💪💪💪💪💪💪🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪💪💪💪💪💪💪
@antoinebakevya8911 Says:
Nimuve muvyamoko muronke amahoro mwabatutsi bo mu Rwanda, ahandi hoho muzokwama muri 💥💥💥💥💥
@HomehPasca Says:
Nibasubire iwabo
@IGREJAPENTECOSTALCOMUNHÃOC-f2d Says:
Ndamunyagihugu mutomuto mukongonani yarazi politike
@IGREJAPENTECOSTALCOMUNHÃOC-f2d Says:
Nimba uukurendera kunda umusi numusi!azoguta!
@IGREJAPENTECOSTALCOMUNHÃOC-f2d Says:
Mukongonani avuga kinyagwanda..ndunvisoni
@TinnahwaTinnah Says:
igihe cose mutarunvako muri abantu mutari ubwoko.
muzahora mu 🔥
@sematungobchristophe8351 Says:
Abanyamurenge Batu Goma na Bukavu turabasaba kwamagana abarundi.
@DusDona Says:
Olala pole kbsa pole sana Nyiribiremwa arahari ngwabarengere kbsa ariko ikibabaje nuko harabandi banyamukenge barikuvuga ko ingabo zabarundi na FRDC bari kurengera abanyamukenge nonese cominotee international izunvande ireke nde umoja wenu ungewaokowa ila division itawaumiza saaaana pole Tena pole
@m_rwema Says:
Makanika mperuka ari colonel, bukeye bati bice general wacu uyu ati ni Lt General......
Ukosore ntabwo kugera irusizi nindege Ari 45mn Hoya ni 25mn
@GaspardBitwenge Says:
salut Alexis,je te souviens.Invitez votre jeunesse de se retirer des Eglises pour gusirimba et entrer dans l'Armee Twirwaneho,Vie ou mort mais faisez taire ces imbeciles .Courage
@KigaliStreets-g7v Says:
Nabo nibabice sibavuzeko bifatanije m23😂😂😂
@ManuelaChouti Says:
Nta n'a limwe mwe mwiyita abanyamulenge muzongera kubaho comme avant umurengwe wanyu sha ?c est fini tous ça ....vous voulez tous le pays ??vous avez le gros coeur de voleurs
YOUTUBE COMMENTS