U Burundi buragana mu manga || Ndayishimiye yasenye ubukungu bw'igihugu
U Burundi buragana mu manga || Ndayishimiye yasenye ubukungu bw'igihugu
Advertisement

LEAVE YOUR COMMENT

YOUTUBE COMMENTS

@FulgenceKwizera-v9x Says:
Urumusuzi unuka wew rabana nivyanyu twebwe mutuveko mbega mwe mwarasaze mumitwe 😅😅
@JosephBanzira-r6i Says:
Uburundi bugana mumanga urwanda narwo ngirango rugana mw'ijuru?Ukwokwihimbaza Imana iravyanka
@hakizimanadesire1 Says:
Ariko basha ndabona uburundi bwarababereye intambamyi ikomeye cane,uziko uretse Radio Rwanda yonyene itavuga cane amakuru y'uburundi,ahantu hose usanga abanyarwanda bahangayikishijwe n'uburundi,gusa iriya si RDC
@FiacreIrambona-y1l Says:
Haha ariko nta funga mukanda iba I Burundi muzobaze!😂😂😂
@yvesBigirimana-c9k Says:
Ntaciza cova kuri CNDD-FDD,nabasuma gusa.
@Slime-s5p Says:
Ikibazo ciwawu ubu ibintu vyarazimvye nkincuro 10 !! Ariko ikibazo sico gusa , kuko nahandi vyarazimvye nubwo atarico kimwe natwe ! Ikibazo gikomeye nuko bizimba kandi ntibinaboneke!!!! Urumva naho woronka amahera yokubisuma urabibura !! Wumva umuti aruyuhe? President umubajije ngo turi muri edeni wew ngo ntaco abuze yifitiye stock mu nzu 🤦🏽‍♂️🙆🏽‍♂️
@ChristopheNduwa Says:
Ibibazo mugendana mu mitwe yanyu, i Burundi NTA bihari
@caritonkubwabo9997 Says:
Ntangiye kwibaza ibibera mu bitangazamakuru byo mu Rwanda. Birasa nkaho ntacyo basigaranye kuvuga uretse u Burundi. Please leave Burundians alone!
@jacques-chris Says:
Ariko abarundi bafite icyo bita autosouffisance Alimentaire ,,,, kwihaza mubiribwa d’abord… wenda niho bahereye nibindi bizaza … Kandi ntankunga bavana hanze nkabandi … vraiment baragerageza 🙏
@NiyonkuruEmile-y5s Says:
YESU yavuze ati bagirire imbabazi ntibazi ivyobakora. so namwe Imana Ibaharire ntimuzi ivyo muvuga.
@nevergiveup-t Says:
Icakoze uravye title nkumva nivyo muvuga biragaragara KO muri mukazi Kweri Gusa kimwe muraciriritse pe Muri musi cane yibipfu
@bakunzigilbert8071 Says:
No need to criticize others economy. Twakabaye twita kubyacu kuko natwe our economy ntihagaze neza nagato. Just tugiye no mumibare our economy irikujya habi kuruta iyabo mu criticizing. Urugero rufatika mumezi 8 ashize ifaranga ryacu rimaze gutakaza agaciro kukigero 3.8% mugiye iryabarundi ryagatakaze kugiro cya 0.06%. Imibare irivugira, bafite ibyabo bitameze neza ariko ntekereza ko ari mismanagement bafite atarikibazo cyubukungu cyane. Mugihe twebwe management ihari iri strong ariko our economy ikaba ikomeza kuhabarira.
@BDIINFO Says:
😁😁😁🤣
@umuntu4898 Says:
Murwanda inzara irikwica, izamuka itumbagira ryibiciro kwisoko, natwe ntabwo bitworoheye
@janvieribirimimana770 Says:
Reka twibaze ngo "ese U Rwanda dukomanyirijwe nkuko U Burundi byagenze twa survivinga" iyo topic nayo muzayikoreho Murakoze...
@Marie-GorettiMuhitira Says:
Très bonne analyse
@mugambagyeeddy4963 Says:
Iyi team yababagabo ndayikunda❤️❤️
@MathiasMvukabanka Says:
Vuga ibiberekeye ivyacu mubihore
@karibushi Says:
Igihe, murakoze cyane.
@SamuelManiriho-t8z Says:
Neva abugejeje ku manga aharindimuka
@Batahesaleh-uy1xr Says:
Hewe haciye imyaka 10 abarundi barababwiye ko butavogerwa rero gerageza muvuge 😂😂😂😂 ico nzi Uburundi si RDC rero ubwo bukungu bumeze nabi harico baraza iwawe munzu iwawe ngo ngaburira?akagaye kanyu mwe ubukungu mufite ni nyabaki mwahaya Atari kwiba twarahevye turababwira MBE aha nihehe???😂😂😂😂 😂😂 Uburundi ntibwigera buvogerwa kandi nta rimwe vyigeze tumaze imyaka 10 ata fashanyo mbona tubayeho neza
@JohndrwanEtinne Says:
Abanyarwanda mur ibwebw mwabiyogotomw
@prf5776 Says:
Ibaze igihugu umuganga Dr ahembwa 450Fbu nukuvuga 50$ 😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@prf5776 Says:
Shaaa Neva yaratwambitse ibara kabisa 😢😢😢 imyaka itanu atagitoro, imiti wapii, vyosee yaravyisheee nimwivugire mushimire Imana mwebwe ariko musabire uburundi kuko turi habii
@ManirakizaJack-s6z Says:
nihagire uvugamurimwe Uwumaze kugeriburundi Ese ivyanyuvyo gt😂😂 Bt zobagora
@AbedRunezerwa Says:
Hariho numushinga corora.isazi
@alibaba-t9r7v Says:
Mwiriwe. Serge wacu se disi ko microphone 🎤 ye iri kure akaba yongorera? 😢
@bizomenyimanaelias5455 Says:
ushima abanyarwanda badufidiye ishari ngo ntamutungo kamere dufise 😂😂😂 10 to 20 parcent ya reserves ya nickel kwisi iriburundi dufise copper gold cobalt uranium terre rare nyishi ikizugu na lithium ndemeye ishari ririmukwica abanyarwanda hama mwarize funga mkanda
@NGENDAHAYOEmmanuel-b2w Says:
Namwe simwe kbsa muri ba Barengayabo
@MaiknjaravuraNjaravura-c6n Says:
Navoka 😢😂😂😂ariko mana Africa yaragowe voka😂😂😂😂
@MutabaziJeanbaptiste-p6r Says:
Ark nkamwe kko iyo mukunz kuvuga ivyabandi ntimwiheraho ikiro cyumuceri kigura 1500rwf Hama Aho murwanda niho byoroshye? Mujye mubanza mumenye ibyanyu mubone
@e-kangourouofficial7513 Says:
Ibibiganiro muvuga kubandi bisigura ko muciriritse cn, Ntamurundi ndumva yidoga ngo imipaka kiretse u rwanda😂
@quivivra-y4f Says:
Ese no mu Burundi hariyo funga mukanda?
@bizomenyimanaelias5455 Says:
uburundi nigihugu gitinyitse ciyubatse muvyagisirikare nkuburusiya murakakarere abanyarwanda mwamana ubwoba kubera intambara mwatanguje mutazoyitsinda nimwihenda gato kigali tuzoyirasa tuyigire umuyonga viva burundi viva bujumbura 🇧🇮🇧🇮🇧🇮😄
@gihungaselemani8727 Says:
Sh simwebw mwatumw Kuk abene gihugu banyu twibaniy nez nuk gus numv mugifis imyumvire itangaj mana rinda uburundi nabarundi
@nsengiyumvadieudonne9190 Says:
UBURUNDI buratinyitse😂😂🇧🇮🇧🇮🇧🇮 IBINYAMAKURU vyose mu Rwanda ,Abanyamurenge ubu ni UBURUNDI😂😂. BURUNDI powerfull❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮💪💪
@Dddma455 Says:
Nimba gutuka abandi nokuyobya uburari bibahesha amaramuko. Namagara meza coourage kabisa mukomeze ariko ntimwibagire ko isi idasakaye.
@minanichristophe82 Says:
🤚❤❤❤🙏🙏🙏
@KamiKelo-o6p8c Says:
Ubukungu bwuburundi bubahangayikisha gute koko ? Ese ubwurwanda buhagaze neza nta funga mukanda irimo?
@KamiKelo-o6p8c Says:
Strong people discuss ideals, Availage people discuss Event, poor mind people descuss people 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 IBIGANIRO NKIBI NIBYO BITUMA BA MBAYAHAGA BIBASIRA UBUYOZI BWACU BYOSE NIMWE MUBITERA KABISA KUBA ABARUNDI BATABARA KONGO SIMBIBONAMO IKIBAZO KUKO NATWE TWATABAYE CABO DELIGABO BYOSE NI INOTE SO STOP SPREAD NO SENSSE KABISA
@DENNISIBRAHIM-h1y Says:
Icobikoze muribigugu Sana kbsa.kndi mube mubwiza ukuri abenegihugu Banyu bataza bararwa mwizi ntambara za economie ya bil gate muri gushigikira
@DENNISIBRAHIM-h1y Says:
Abanya Rwanda murarwaye uburundi cane kuki ntigera ndumva abarundi baja kumbuga Ngo bamaze mukanwa urwanda nkabanya Rwanda Ngo nibugurure imipaka kuko ubuzima buzimvye mugihugu cabo?mwebwe mubabazwa nivyuburundi kndi mutara barundi kuki nurukundo rwishi mubakunda?murabe ivyanyu ivyabarundi murekane navyo tuzovyikemurira twebwe nyene ubwacu.
@izirimunziratv9480 Says:
Arko mwaretse kwiyenza ibya cong sibyari byaragira none mwadukiriye uburundi ,mwebwe murabeshya hashize iminsi uburundi businye amasezerano na Quater ahagaze 12 billion dollar none ibyo simwabivuga 😂😂😂
@KamiKelo-o6p8c Says:
Nkeka ibiganiro nkibi bitesha agaciro igihugu cyacu ibi byashimwa Nibifobagane NANJYE NTERWA ISONI NO KUBA UMWE MURI MWE
@KamiKelo-o6p8c Says:
Iyo ni propagande iciriritse
@emmanuelhategekimana3661 Says:
Natwe ntitworohewe
@techrwanda8287 Says:
Bro kuvuga ibihuga byabandi gutyo biraciriritse pee muba muturaburiza ibyo is for low iqued people.

More News Videos