Oya ntavyo yovuga kuko abivuze yoba yemeje ko la France yabinjije iGoma bafise imbunda. None si ubuFaransa bwagerageje gufasha abo ba genocidaires gutera uRwanda?
Namwe mubivuze ukutariko.
Operation Turquoise ni urya mufaransa ari Kinshasa kumwe n' urya mugore wa Monusco, yashize abo ba genocidaires iGoma.
La France yazanye ama camions menshi, l'ONU bemeje ngo France izanye imfashanyo zimpuzi.
ONU na France barabigizemwo umuhare.
Tshisekedi akeneye la France, Belgique na l'ONU nico gituma avyirengagiza neza. Arazi amategeko yose. Ntimubona ko l'ONU naba MONUSCO barwana kuri côté ya Tshisekedi?
Tshisekedi akoreshwa babo bashaka umutungo wabo, nawe arondera ingene akoresha aboba kuru bibihugu.
@TwagirayezuPascal-z9l Says:
Ubundi x yazigumiye i burayi
@motherofthegreatlakes6297 Says:
None nimba muzi Ijambo ry'Imana, ninde ari ise
w'iki nyoma? Jewe ndabivuze. Uyo akora iyo uwoakurikira avuga. Shetani ni se wikinyoma. Ntakuri kuri muri Tshisekedi. Imvugo yiwe isa niya mwenese Neva nkuko n'umuhisi wabo ex-president bw'Uburundi yari ameze.
@j.c.maxima816 Says:
Le Congo est un "Etat failli"! Igihugu cyapfuye, nk'uko mwabivuze!
YOUTUBE COMMENTS